Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Emelance Emy avuga ko akaranga ka Afrika ari itunga ridasubirizwa. http://igihe.bi/Emelance-Emy-avuga-ko-akaranga-ka.html http://igihe.bi/Emelance-Emy-avuga-ko-akaranga-ka.html 2018-02-01T12:07:29Z text/html fr HomeNews
Inyuma yo kuva mu gihugu ca Mali aho yari yitavye ubutumire bwo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe akaranga ka Afrika, wahimbajwe kw'igenekerezo rya 24 Nzero 2018, Emelance Emy avuga ko akaranga ka Afrika ari ubutunzi budasubirizwa, ingabire Afrika isumvya isi yose.
- inkuru / HomeNews Emelance arabeshuza abamwararaje ko yoba adandaza ibigori kw'ibarabara (ifoto) http://igihe.bi/umuririmvyikazi-arabeshuza.html http://igihe.bi/umuririmvyikazi-arabeshuza.html 2015-02-21T10:07:27Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Emelance Emy arabeshuza amakuru yaciye kuri facebook yamwagiriza ko yoba yotsa ibigori kw'ibarabara rya Musaga hafi y'aho asanzwe aba.
Inyuma yaho haciye urwandiko kuri facebook ruvuga ko Emelance Emy yoba agurisha ibigori yokeje kw'ibarabara ryo ku Musaga, hakerekanwa n'ifoto ariko arahekenya ikigori, Emelance yabwiye ikinyamakuru indundi ko ababajwe n'abantu bandika ivyo batatohoje, ko bari bakwiye kwandika ukuri canke bakandika ibikorwa vy'akamaro vyiwe kuko arabifise.
Avuga (...)
- inkuru / HomeNews Emelance Emy yashize ahabona ururirimbo rwa mbere yasubiyemwo http://igihe.bi/emelance-emy-yashize-ahabona.html http://igihe.bi/emelance-emy-yashize-ahabona.html 2015-01-01T14:35:50Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Emelance Emy yatanguye gushira ahabona indirimbo za mbere muri wa mugambi wiwe wo gusubiramwo indirimbo ziwe za kera. Yasohoye ururirimbo "Burundi Yetu".
Emelance ati : "Ndiko nsubiramwo indirimbo zitanu nakoze ngitangura kuririmba. Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n'ibihe. Indirimbo zikozwe ku buhinga bugezweho ziraryoha gusumba uko zahora". Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Naho biri uko, Emelance avuga ko azosubiramwo izo (...)
- indirimbo / HomeNews Kuki Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe http://igihe.bi/kuki-emelance-emy-ariko-asubiramwo.html http://igihe.bi/kuki-emelance-emy-ariko-asubiramwo.html 2014-11-05T13:24:45Z text/html rn HomeNews
Emelance Emy amaze kubona ihinduka ry'ihinyanyugwa ry'indirimbo aho hari ubuhinga bugezweho bwo gukora neza indirimbo, uwo muririmvyikazi yahisemwo gushira ku gihe zimwe mu ndirimbo ziwe.
Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n'ibihe, Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe. Abona ko zikozwe ku buhinga bugezweho zoheza zikaryoha gusumba uko zahora. Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Emelance azosubiramwo izo yumva zitameze neza zose.
Ico (...)
- inkuru / HomeNews Umuririmvyikazi Emelance Emy arasigura icatumye amara igihe ataririmba http://igihe.bi/umuririmvyikazi-emelance-emy.html http://igihe.bi/umuririmvyikazi-emelance-emy.html 2014-09-18T09:22:41Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Emelance Emy aravuye mu gacerere aho abwira abakunzi biwe icatumye amara igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw'umuziki w'Uburundi. Ibikorwa vyamubanye vyinshi kandi asa n'uwuriko aritaza kugira ashike ku kintu kiboneka.
Mu gihe abantu benshi bahora bibaza iyo yagiye umuririmvyikazi Emelance Emy nari rya yaramenyekanye mu muziki w'Uburundi, aciye ku murongo wiwe wa facebook yanditse uku gukwrikira:"Ku bakunzi banje no ku bakunzi b'umuziki w'Uburundi. Mu maze imisi mumbaza (...)
- inkuru / HomeNews Emelance mu guhimbaza ukwikukira ashima udushimwe mpuzamakungu yaronse http://igihe.bi/emerance-mu-guhimbaza-ukwikukira.html http://igihe.bi/emerance-mu-guhimbaza-ukwikukira.html 2013-07-01T07:47:56Z text/html rn HomeNews
Uko umwaka utashe kw`igenekerezo rya 1 Mukakaro, abarundi barahimbaza intahe y'ukwikukira bashitseko mu mwaka w'1962 babifashijwemwo n'incungu y'ukwikukira umuganwa Rudoviko Rwagasore.
Uyu munsi Uburundi buriko buhimbaza imyaka 51 bwikukiye aho hirya no hino mu gihugu hazindutse ibirori vyo guhimbaza uwo munsi nk'uko vyagiye bigarukwako cane ko ari umwe mu minsi mikuru ikomeye mw'ihimbazwa hano mu gihugu c'Uburundi.
Mu gihe abantu benshi kuri uyu munsi bagira ico bawuvugako, mu baririmvyi (...)
- Emelance Emy  / HomeNews YAMBOGORERA http://igihe.bi/yambogorera.html http://igihe.bi/yambogorera.html 2013-02-26T04:52:21Z text/html rn - indirimbo amafoto ya Emelance Emy http://igihe.bi/amafoto-ya-emelance-emy.html http://igihe.bi/amafoto-ya-emelance-emy.html 2013-02-26T04:43:27Z text/html rn a_photosgallery - amafoto / a_photosgallery Ikiganiro IGIHE yagiranye n'umuririmvyikazi Emelance Emy http://igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n.html http://igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n.html 2013-02-25T23:49:38Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Emelance Emy aramaze kuririmba indirimbo zitarinke mbere akaba aherutse gutwara nan'agashimwe k'indirimbo , IGIHE yagiranye nawe ikiganiro , muti rero uwo mucuraranzikazi n'inde ? akora gute? afise imigambi yihe?
IGIHE: Turabaramukije,ni amahoro ?
Emelance Emy: Ego ni amahoro
IGIHE: Turashobora kwidondorana tukamenyana ?
Emelance Emy: Nitwa Emelance Emy ariko amazina yose ni Niwizere Emelance Emy.
IGIHE: Emelance Emy yavukiye he?
Emelance Emy: Navukiye (...)
- inkuru / HomeNews