Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Econet Leo yatanze intererano y'amabati 50 kw'ishure ryisumbuye rya Sainte Therese de Mushasha http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22718.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22718.html 2018-11-10T19:19:46Z text/html en vianney HomeNews
Ishirahamwe ryo gutumatumano Econet Leo ryatanze kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Munyonyo umwaka wa 2018 intererano y'amabati 50 yo mu bwoko bwa BG 28 kw'ishure ryisumbuye « Lycee Sainte Therese de Mushasha » ryo ku murwa mukuru w'intara ya Gitega.
- ECONET Leo / HomeNews Econet Leo yatanze intererano y'amabati 100 http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22701.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22701.html 2018-11-04T15:40:25Z text/html en vianney HomeNews
Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanze kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 3 Munyonyo umwaka wa 2018,intererano y'amabati 100 agenewe gusakara ibirasi 2 hamwe n'ibaraza vyo kw'ishure nshingiro rya Karindo riri ku gacimbiri Karindo k'umusozi wa Rutana zone Rutana muri komine n'intara ya Rutana.
- ECONET Leo / HomeNews Econet leo yatanguje ubuhinga bushasha « Econet Connected Car » bufasha gukwirikirana imodoka aho igeze http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html 2018-11-02T09:57:32Z text/html en vianney MainSlideNews Home_main_article
Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje kumugaragaro, kur-uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2018, ubuhinga bushasha biciye mu buhinga bwa none « Econet Connected Car» bufasha gukwirikirana imiduga aho igeze umwanya ku mwanya hamwe no kumenya uko umuduga uriko uratwarwa nuko umushoferi ariko yigenza.
- ECONET Leo / MainSlideNews, Home_main_article Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 100 y'isima yo kubaka ishure ry'akarorero ry'imyuga rya Kinyami http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22677.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22677.html 2018-10-21T12:55:17Z text/html en vianney HomeNews
Ishirahamwe ryo gutamatumanako Econet Leo yatanze intererano kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 20 Gitugutu 2018,igizwe n'imifuko 100 y'isima yongera irifadikanya n'abanyagihugu bo muri komine Ngozi intara ya Ngozi mu gikorwa co kubaka ishure ry'akarorero ry'imyuga rya Kinyami riri muri karitiye ya Kinyami mu gisagara ca Ngozi.
- ECONET Leo / HomeNews Econet Leo innove en apportant “BIRAMARA MOBILE APPLICATION” http://igihe.bi/Econet-Leo-innove-en-apportant.html http://igihe.bi/Econet-Leo-innove-en-apportant.html 2018-09-11T22:12:39Z text/html en Jean De Dieu advertorial
L'entreprise de Télécommunication Econet Leo, toujours innovante, apporte une nouvelle application permettant à ses abonnés de créer leurs bouquets de MEGA, des bouquets de Réseaux sociaux, des minutes pour appeler (bouquets de voix), ou activer des bouquets pour SMS au cours d'une journée, une semaine ou un mois, via la nouvelle application « BIRAMARA MOBILE APPLICATION ».
- ECONET Leo / advertorial Econet Leo yabazaniye uburyo bworoshe bwo kugura uduseke,iminota canke ubutumwa bugufi uciye muco bise «BIRAMARA MOBILE APPLICATION» http://igihe.bi/Econet-Leo-yabazaniye-uburyo-22576.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yabazaniye-uburyo-22576.html 2018-09-07T16:27:56Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet-leo yabaziniye uburyo bushasha kandi bworoshe bwo kugura uduseke twa internet ,iminota yo guterefonako canke kugura ubutumwa bugufi mu kiringo c'umusi umwe ,indwi canke ukwezi uciye muvyo bise BIRAMARA MOBILE APPLICATION.
- ECONET Leo / HomeNews Higherlife Foundation ryaronkeje Certificats abigisha 25 http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html 2018-08-26T14:45:36Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Ishirahamwe Higherlife Foundation risanzwe rifashwa n'ishirahamwe Econet Leo mu kurangura imigambi yaryo mito mito ryatanze impapuro z'umutsindo “Certificats” ku bigisha 25 bava mu ntara 8 bakwirikiranye inyigisho kubijanye n'ikoreshwa ry'ubuhinga bwa none hakoreshejwe imanshini nyabwonko.
- ECONET Leo / HomeIrambuye, MainSlideNews Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 80 igenewe kubaka ibirasi vy'ishure rya Muyange http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y.html 2018-08-09T15:32:24Z text/html en vianney HomeNews
Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 80 y'isima yo kubaka ibirasi 3 vy'ishure nshingiro rya Muyange
- ECONET Leo / HomeNews Umugambi MERANKABANDI ufasha imiryango ikenye biciye muri EcoCash wuguruwe n'umukuru w'igihugu http://igihe.bi/Umugambi-MERANKABANDI-ufasha.html http://igihe.bi/Umugambi-MERANKABANDI-ufasha.html 2018-08-08T21:24:59Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Pierre NKURUNZIZA yatanguje icese umugambi w'igihugu MERANKABANDI usanzwe ufasha imiryango ikenye gusumba iyindi,aho ironswa amafaranga ibihumbi 20 vy'amafaranga y'amarundi buri kwezi biciye mu buhinga Ecocash bw'ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo.
- ECONET Leo / HomeNews Econet Leo yatanguje ubuhinga bwo kugura umuyagankuba biciye muri EcoCash http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga-bwo.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga-bwo.html 2018-08-02T12:26:19Z text/html en vianney HomeNews
Ishirahamwe ryo gutumatumanko Econet Leo ryifadikanijwe n'ishirahamwe PAYWAY BURUNDI vyatanguje k'umugaragaro kuruno wa kane igenekerezo rya 2 Myandagaro ubuhinga bwo kugura umuyangankuba biciye muri Ecocash ico bise “ Gura amatara”.
- ECONET Leo / HomeNews