Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isanamu ya mbere ya Lady Grace kandi ya mbere ya JB Production yasohotse http://igihe.bi/isanamu-ya-mbere-ya-jb-production.html http://igihe.bi/isanamu-ya-mbere-ya-jb-production.html 2015-04-09T11:43:55Z text/html rn HomeNews
Isanamu y'ururirimbo "Ntawukuruta" rwa Lady Grace yasohotse, ibaye iya mbere ikozwe n'inzu y'ubuhinyanyuzi nshasha JB Production, ikorwa n'umuhinyanyuzi Cherif.
Inyuma y'iminsi mikeyi tubabwiye ibijanye no kugaruka mu muziki kwa Lady Grace, isanamu y'ururirimbo rwa mbere akoze inyuma y'imyaka 2, yasohotse. Yakozwe na Cherif Pro muri JB Production, ibaye kandi isanamu ya mbere ikozwe n'iyo nzu y'ubuhinyanyuzi.
Cherif Pro yakoze iyo sanamu avuga ko yishimira cane ico igikorwa. Agira ati : "oh man ni (...)
- Amasanamu / HomeNews Lady Grace yagarutse mu muziki: raba amafoto y'ururirimbo rushasha http://igihe.bi/lady-grace-yagarutse-mu-muziki.html http://igihe.bi/lady-grace-yagarutse-mu-muziki.html 2015-03-20T13:12:46Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Lady Grace yagarutse mu muziki inyuma y'imyaka itari mike asa n'uwabihevye. Amafoto azoboneka mw'isanamu y'ururirimbo rushasha yamaze kuja ku mugaragaro.
Hari haheze imyaka ishika kuri 3, Lady Grace atavugwa mu baririmvyi, none yagarutse n'ururirimbo rushasha yise "Ntawukuruta". Lady Grace aririmba avuga ati:" Muri kahise aho naciye hose, ntawe nigeze mbona mungana. Narazungurutse narajuragiritse mu rukundo, narakomeretse, none waje umpanagura amarira. Intuntu n'agahinda (...)
- Inkuru / HomeNews Ni kuki? http://igihe.bi/ni-kuki.html http://igihe.bi/ni-kuki.html 2013-02-28T07:48:12Z text/html rn - Lady Grace