Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umuririmvyikazi Olga Lorie yatangaje izina ry'umusore amureheje http://igihe.bi/umuririmvyikazi-olga-lorie.html http://igihe.bi/umuririmvyikazi-olga-lorie.html 2014-10-14T13:28:24Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Olga Lorie aravuye mu gacere, ahejeje gutangaza uwo umutima wiwe w'urukundo wikundira, abahora bamufise ko icizere c'uko yobabera umufasha boronderera ahandi.
Ku murongo wiwe wa Facebook, Ntaganzwa Olga yatangaje umusore amureheje. Ivyo biranabonekera no ku mafoto ari ku ruhome ryiwe rwa facebook aho yemeza ko atakiri umwe. Mu gukura ibizigizigi ku bari bipfuza ku muresha, Olga yemeje ko ari mu rukundo n'uwitwa Del Gomez.
Tugiye gutohoza kugira tumenye uwo ari we umukunzi wa (...)
- inkuru / HomeNews Olga aremera ko haburana babiri hagatsinda umwe http://igihe.bi/olga-aremera-ko-haburana-babiri.html http://igihe.bi/olga-aremera-ko-haburana-babiri.html 2013-09-18T07:14:16Z text/html rn HomeNews
Ntaganzwa Olga yari mu baririmvyi batandatu bashitse mu gice ca nyuma c'ihiganwa rya Primusic 2013. Iryo higanwa ryararangiye atahukanye ikibanza ca gatanu muri 6 bari basigaye. N'aho yari yizeye ikibanza c'imbere ntiyakironka, arashimira abari bamutoye kandi akibutsa ko haburana babiri hagatsinda umwe.
Olga aganira na IGIHE yagize ati : "Sinanezerejwe n'ikibanza naronse. Singomvye kuvuga ko hari umuntu n'umwe natayeko amakosa, ariko nzi ko mw'ihiganwa haburana babiri hagatsinda umwe”. (...)
- Olga / HomeNews Olga asumvya benshi mukuririmbana n'abaririmvyi bo muri afurika y'ubuseruko http://igihe.bi/olga-asumvya-benshi-mukuririmbana.html http://igihe.bi/olga-asumvya-benshi-mukuririmbana.html 2013-03-08T04:50:58Z text/html rn HomeNews
Ntaganzwa Olga ni umuririmvyi w'umurundikazi amaze kumenyekana nkumwe mu baririmvyi bafise ijwi ryiza rikenerwa na benshi, kubw'iryo jwi Olga aramaze gusabwa na benshi mu baririmvyi bakomeye bo muri afurika y'ubuseruko kuririmbana nabo.
Iyo abantu bamubajije ibijanye n'ingabirano yiwe yo kuririmba amenyesha ko yabitanguye akiri umwana mutoya aho yaririmba muri korali yo mw'ishengero. Kubera ko yari afise ijwi ryiza, imirwi myinshi n'abaririmvyi baririmba indirimbo zisanzwe bagiye bamusaba ko (...)
- inkuru / HomeNews