Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Indwi yahariwe ibifungurwa yatanguje n'umushikiranganji w'ibidukikije,uburimyi n'ubworozi http://igihe.bi/Indwi-yahariwe-ibifungurwa.html http://igihe.bi/Indwi-yahariwe-ibifungurwa.html 2018-10-10T11:03:25Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji w'ibidukikije,uburimyi n'ubworozi Deo Guide RUREMA yatanguje indwi yahariwe ibifungurwa ku musozi wa Gasunu muri zone ya Kiriba iri muri komine Giheta mu ntara ya Gitega.
- Uburimyi / HomeNews Ubworozi bw'amafi bugiye gukwiragizwa mu gihugu cose http://igihe.bi/Ubworozi-bw-amafi-bugiye.html http://igihe.bi/Ubworozi-bw-amafi-bugiye.html 2018-04-10T07:59:50Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Imivyaro y'amafi igera ku bihumbi ijana na mirongo itanu niyo yateguwe mu mugambi w'ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi wo gukomeza mu gihugu cose ubworozi bw'ifi hamwe n'ukurwiza umwimbu w'amafi.
- Uburimyi / HomeNews ''Hariko hakoreshwa inguvu zidasanzwe kugira igisata c'ikawa gitere imbere.'' http://igihe.bi/Hariko-hakoreshwa-inguvu.html http://igihe.bi/Hariko-hakoreshwa-inguvu.html 2018-03-12T09:25:12Z text/html fr HomeNews
Inyuma y'urugendo rw'akazi yagize mu ntara zo hagati mu gihugu, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi ,Epaphras NDIKUMANA, amenyesha ko igisata c'ikawa cifashe neza ku rubuga, kandi ko abarimyi b'ikawa bariko bakoresha inguvu kugira umwimbu urwire, naho hakiri utugorane .
- Uburimyi / HomeNews Le Thé au Burundi : "Emergence d'une affaire sociétale" http://igihe.bi/Le-The-au-Burundi-Emergence-d-une.html http://igihe.bi/Le-The-au-Burundi-Emergence-d-une.html 2018-02-28T13:58:35Z text/html rn Egide NDUWIMANA advertorial
Par Eric Ndayisaba (Enseignant-chercheur à l'ENS, Doctorant Université à Pau et des Pays de l'Adour/ Laboratoire LAM)
Alors que le thé constitue une nouvelle économie en émergence de part sa place dans les recettes publiques, ainsi que dans la constitution du revenu paysan, faut- il réfléchir sur la notion de tea society ? Au sait déjà que le thé marque profondément les sociétés asiatiques, arabo-musulmanes, ainsi que la civilisation anglo-saxonne. Mais l'inscription du thé (icayi) dans la société (...)
- Uburimyi / advertorial Icayi mu Burundi : Ubutunzi, imibano, imibereho n'Imico http://igihe.bi/Icayi-mu-Burundi-Ubutunzi-imibano.html http://igihe.bi/Icayi-mu-Burundi-Ubutunzi-imibano.html 2018-02-27T12:09:50Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Mu gihe icayi ari ubutunzi ku gihugu no ku miryango, twoshobora kwihweza kandi ikibanza ico giterwa gifise mu mu mibano, imibireho n'imico y'Abarundi. Turazi ko icayi gifise ikibanza kinini mu mibereho n'imico y'abantu bo mu bihugu vya Asiya, Abarabu, mu migenzo y'idini rya Isaramu, n'imico y'Abongereza. Ariko, gushika ubu icayi ntikirashinga imizi cane mu mico n'imigenzo y'Abarundi, ariko biratanguye kwigaragaza buke buke.
- Uburimyi / HomeNews Bujumbura-Rural : Inka zibiri bikekwa ko zariye uburozi basanze zapfiriye mu ruhongore http://igihe.bi/Bujumbura-Rural-Inka-zibiri.html http://igihe.bi/Bujumbura-Rural-Inka-zibiri.html 2018-01-02T12:09:40Z text/html fr HomeNews
Inka z'ibiri nizo zaraye zipfuye ku mutumba Bikanka Zone Bikanka, komine Mukike, intara ya Bujumbura Rural. Amakuru ava aho ku mutumba Bikanka, amenyesha ko basanze izo nka zapfuye mu gatondo ko kur'uyu wa kabiri, igenekerezo rya 2 Nzero 2018.
- Uburimyi / HomeNews Ibikorwa vy'ishirahamwe "One Acre Fund TUBURA" vyahagaritswe mu Burundi http://igihe.bi/Ibikorwa-vy-ishirahamwe-One-Acre.html http://igihe.bi/Ibikorwa-vy-ishirahamwe-One-Acre.html 2017-11-24T08:50:28Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ibikorwa vy'ishirahamwe ry'Abanyamerika "One Acre Fund TUBURA" vyahagaritswe vy'agateganyo mu gihugu cose c'Uburundi, nk'uko biri mw'itegeko ry'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE, avuga ko ihagarikwa ry'ibikorwa vy'iryo shirahamwe yarisabwe na mugenzi we ajejwe uburimyi n'ubworozi, Deo Guide RUREMA.
- Uburimyi / HomeNews Ihayanisha-gurisha ry'ivyimburwa ryatanguye i Bujumbura http://igihe.bi/Ihayanisha-gurisha-ry-ivyimburwa.html http://igihe.bi/Ihayanisha-gurisha-ry-ivyimburwa.html 2017-11-02T14:39:11Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ikigo SPARK gifadikanije n'amashirahamwe y'abarimyi yo mumihingo itandukanye y'igihugu c'Uburundi yatunganije kuri uwu wa kane ihayanisha-gurisha ry'ivyimbugwa bitandukanye bivuye muburimyi, akaba ari mu ntumbero yo guteza imbere igisata c'uburimyi.
- Uburimyi / HomeNews Umukenyezi mwirimizi mu Burundi yashikirije Reta ibibazo afise http://igihe.bi/Umukenyezi-mwirimizi-mu-Burundi.html http://igihe.bi/Umukenyezi-mwirimizi-mu-Burundi.html 2017-10-20T07:27:42Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abakenyezi birimizi bo mu mashirahamwe atandukanye bahuriye mu gisagara ca Bujumbura kuri uwu wa kane mw'ihimbazwa ry'umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi w'umwirimizi. Abo bakenyezi basaba gushigikirwa.
- Uburimyi / HomeNews Ihayanisha-gurisha ry'umwimbu uvuye mu burimyi ryatanguye i Bujumbura http://igihe.bi/Ihayanisha-gurisha-ry-umwimbu.html http://igihe.bi/Ihayanisha-gurisha-ry-umwimbu.html 2017-09-14T12:41:37Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ihayanisha-gurisha ry'umwimbu uva mu burimyi n'ubworozi riri mu bifasha kugira abarimyi n'aborozi bo mu gihugu cose bahanehane ubumenyi ku vyerekeye kurima no kworora hakwirikijwe ubuhinga bwa none. Umushikiranganji w'uburimyi mu Burundi avuga kandi ko bifashe abatari bake guhurumbira ivyo bisata kubera akarusho bazoba bisanzemwo.
- Uburimyi / HomeNews