Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net « Un humoriste devrait être proclamé acteur de l'unité »- Joyeux Bin Kabodjo http://igihe.bi/Un-humoriste-devrait-etre-proclame.html http://igihe.bi/Un-humoriste-devrait-etre-proclame.html 2018-02-08T11:48:26Z text/html fr advertorial
Le jour de célébration de la charte de l'unité nationale au Burundi, l'artiste humoriste congolais, Joyeux Bin Kabodjo, était invité à agrémenter la soirée de vœux organisée par le gouverneur de Gitega, Venant Manirambona. Dire qu'un comédien peut contribuer à la consolidation de l'unité nationale est une évidence pour ce jeune comédien.
- Komedi / advertorial Bin Joyeux Kabodjo, le comédien des ridicules réalités de la vie est à Bujumbura http://igihe.bi/Bin-Joyeux-Kabodjo-le-comedien-des.html http://igihe.bi/Bin-Joyeux-Kabodjo-le-comedien-des.html 2017-07-29T12:56:14Z text/html rn Egide NDUWIMANA advertorial
Bin Joyeux Kabodjo 22 ans, comédien de Bukavu en RDC, est invité dans Kigingi Summer Comedy de ce Samedi à Bujumbura. Commencé à faire de la comédie en 2009 en imitant des personnes, Kabodjo avoue qu'il est le résultat d'un soutien de beaucoup de gens et définit ce qu'il fait comme les ridicules réalités de la vie.
- Komedi / advertorial Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza (Video) http://igihe.bi/Ildephonse-Comedien-yatwengeje.html http://igihe.bi/Ildephonse-Comedien-yatwengeje.html 2017-04-26T08:42:13Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
SC: Ildephonse-Comedien
- Komedi / HomeNews Alfred Aubin Mugenzi «Kigingi» yagirizwa ugutuka umukuru w'igihugu (Video) http://igihe.bi/video-15883.html http://igihe.bi/video-15883.html 2016-04-01T09:52:09Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews
Alfred Aubin Mugenzi azwi cane kw'izina rya Kigingi, umuhinga mu gutwenza asanzwe ateramisha abantu mu bibanza bitandukanye hamwe no ku nsamirizi Buja FM yahora ari Radio 10, apfungiwe mu gasho k'igendereza mu gisagara ca Bujumbura. Yagirizwa ugutuka umukuru w'igihugu.
Igihe Kigingi w'imyaka 30 yafatwa kuri uwu wa kabiri, yari mu ntara ya Muramvya, mu bikorwa vy'uguteramisha abantu, mu birori vy'ugukundisha ikinyobwa ca PRIMUS. Abakozi b'igendereza mu ntara ya Muramvya bamusanze kw'ihoteri "Baze (...)
- Komedi / HomeNews Habuze iki kugira umwuga wo gutwenza (Comedie) wigishwe nko mu bindi bihugu http://igihe.bi/umwuga-wo-gutwenza-comedie.html http://igihe.bi/umwuga-wo-gutwenza-comedie.html 2014-03-27T07:46:57Z text/html rn HomeNews
Umwuga wo gutwenza abenshi bakora nk'impano y'Imana, ariko hakaba hariho rero amasomero bigamwo inyifato zimwe uwutwenza ashobora kwerekana imbere y'abantu bitavye ibiteramo. Mu makungu, uwo mwuga urirwa. Michou amaze amezi n'amezi yiga ibijanye no gutweza (Comédie).
Gutwenza (Comédie) bifatwa ahanini nk'impano Imana iha umuntu, kandi impano isa n'iyifise bake turavye abakora uwo mwuga haba mu Burundi canke mu bindi bihugu usanga ari bake. Iruhande yo kuba impano, uwo mwuga barawigisha mu bindi (...)
- Michou / HomeNews Dieudonné yagirizwa kugomba kuzura umuzi w'urwanko rw'Abayahudi http://igihe.bi/dieudonne-m-bala-m-bala.html http://igihe.bi/dieudonne-m-bala-m-bala.html 2014-02-05T10:51:39Z text/html rn HomeNews
Dieudonné M'bala M'bala azokwrikiranwa n'ubutungane kubera amajambo yo kwifatira mu gahanga na bimwe mu bimenyetso vy'urwanko rw'abayahudi «Juifs» yagiye arerekana mu giteramo yagiriye mu gisagara ca Nyon kiri mu gihugu ca Suisse .
Dieudonné agitangura igiteramo, yatanguye kwifatira mu gahanga abantu avuga ko bamurwanya harimwo n'umwamikazi wo mu Bwongereza «Angela Dorothea Merkel». Ivyo bimenyeshwa n'umunyamakuru akorera ikinyamakuru AFP «Agence Française de Presse» yari muri ico giteramo. Ku murango (...)
- Komedi / HomeNews Muri Canada Michou arabatwenza n'imbavu zikuma http://igihe.bi/muri-canada-michou-arabatwenza-n.html http://igihe.bi/muri-canada-michou-arabatwenza-n.html 2014-01-21T11:08:23Z text/html rn HomeNews
Umwuga wo gutwenza abantu watanguye kera mu Burundi. Uwo mwuga ntufise benshi bawukora kuko ari impano umuntu avukana. Michou ni umwe mu barundi bakoze uwo mwuga kandi n'ubu aracawukora iyo ari mu mahanga.
Willy Kabayabaya azwi kw'izina rya Michou ni umwe mu barundi bazwi mu mwuga wo kunezereza abantu «Comédie» mu kwigana canke gusubiramwo abantu, eka mu kugira ibintu bitandukanye kugira abantu batwenge.
Michou avuga ko yatanguye kwiyumvamwo iyo mpano akiri muto, mu mwaka w'1987, mu gihe yiga (...)
- Komedi / HomeNews Icipfuzo ca Kigingi ni ugutwenza Uburundi http://igihe.bi/kigingi-yipfuza-kugira-uburundi.html http://igihe.bi/kigingi-yipfuza-kugira-uburundi.html 2014-01-20T11:26:17Z text/html rn HomeNews newsletter
Uburyo bwo kwidagadura buriko burarwira mu gihugu c'Uburundi aho hariko haboneka abatwenza abantu bashasha. Kigingi asigaye abica bigacika mu guteramisha abantu abatwenza.
Mugenzi Alfred- Aubin azwi kw'izina rya Kigingi yavukanye ingabirano yo gutwenza abantu «comédien». Yatanguye atwenza abagenzi biwe canke ababa bari hafi yiwe, abo yatwenza baca bamuhanura kuja ahabona maze abikore nk'umwuga.
Abamuhanuye yarabumviye, kw'igenekerezo rya 02 Myandagaro 2013, Kigingi yinjiye mu bunywero La Reine, (...)
- Komedi / HomeNews, newsletter Comedy Knights, Kigingi na Martial baraye bumije imbavu abantu http://igihe.bi/comedy-knights-kigingi-na-martial.html http://igihe.bi/comedy-knights-kigingi-na-martial.html 2013-12-15T10:09:11Z text/html rn HomeNews
Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu, umurwi wa Comedy Knights wo mu gihugu c'Urwanda urikumwe n'imisore ibiri katwa mu vyese vyo gutwenza, Kigingi na Martial, baraye bumije imbavu z'abantu. Inkuru zitwenza zadumishijwe zari mu rurimi rw'ikirundi, ikinyarwanda, icongereza n'igifaransa. Igiteramo kitari gisanzwe aho uwinjira yatanga igitabo agavye.
Imisore 3 muri 6 igize Comedy Knights niyo yari yashitse mu kibanza ca Vouvouzela muri Komine Kinindo kuri uyu wa gatandato. Nkuko bama, ivyese vyabo (...)
- Komedi / HomeNews Bernadette Lafont yarasezeye isi http://igihe.bi/bernadette-lafont-yarasezeye-isi.html http://igihe.bi/bernadette-lafont-yarasezeye-isi.html 2013-07-27T06:25:13Z text/html rn HomeNews
Umukinyi wa mareresi rurangiranwa wo mu gihugu c'Ubufaransa Bernadette Lafront yaritavye Imana ku myaka 74 y'amavuko, mu bitaro vya Nimes. Lafront akaba yafashwe afise akarezareza aho yari i Grau-du –Roy, kuri uyu wa 25 Mukakaro uyu mwaka.
Bernadette Lafront akaba asezeye isi mu gihe yariko aritegurira gushira ahabona ireresi yiwe mu mwaka w'2014 yitwa « Les vacances du petit Nicolas.» Ku kajwi kiwe karongorotse kandi kumvikana neza, yarabaye rurangiranwa mu myaka y'1950 mu gihe yakina mu (...)
- Komedi / HomeNews