Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net T Max yabeshujwe n'uwo bakundanye http://igihe.bi/ivyo-t-max-yatangaje-ko-atawe.html http://igihe.bi/ivyo-t-max-yatangaje-ko-atawe.html 2015-01-21T08:34:52Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi wo muri Rap T Max ahejeje gutangaza ko ata gifashi mu rukundo, bisigura ko atawe bakundana muri kano kanya. Ivyo Martine bakundana arabihakana akavuga ko ariwe yavyanditse ku ruhome rwa facebook rwa T Max.
T max yashize ku rubuga rwiwe rwa facebook ikimenyetso abatagira abo bakundana bakunze gushirako, ati :" Ndigenda". Ivyo T Max yanditse vyatangaje benshi narirya bizwi ko akundana n'uwitwa Martine kandi bamaranye igihe kitari gito. Ivyo kuba T max yarakundanye na Martine (...)
- Inkuru / HomeNews Inyuma y'isanganya, T Max ariyegereza cane Imana http://igihe.bi/inyuma-y-isanganya-t-max.html http://igihe.bi/inyuma-y-isanganya-t-max.html 2014-10-13T07:29:13Z text/html rn HomeNews
Inyuma yaho agiriye isanganya Imana igakinga ikamurokorera ubuzima, umuririmvyi T- Max yabandanije ashima ku buzima Imana yamusubije. Aboneka asenga yiyegereza Imana.
Amaze kubona avuye mu menyo y'urupfu, umuririmvyi w'umudiho wa Rap T Max yicisha bugufi yiyegereza Imana. T Max arangamije hejuru nk'uwuraba Imana, ati : "THANK God nehema kwa siku ya leo. Thanks to all my family, my friends and my fans kwa prayers zenu". Bisigura:" Urakoze Mana ku migisha umpaye uno munsi. Ishimwe ku muryango (...)
- Inkuru / HomeNews Amaguru amukundiye ageze i Nyanza-Lac guteramisha abakunzi biwe http://igihe.bi/amaguru-amukundiye-ari-i-nyanza.html http://igihe.bi/amaguru-amukundiye-ari-i-nyanza.html 2014-03-07T14:38:09Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi w'umudiho wa Rap, T-Max Wanajeshi arafata urugendo aho azoteramisha abo mu gisagara ca Nyanza-Lac.
Ku muhingamo w'uwu wa gatanu, T-Max ari kumwe n'umuririmvyi Franki barafata urugendo rubamushikana mu gisagara ca Nyanza-Lac aho ni mu ntara ya Makamba. Muramuzi, aririmba mu mudiho wa rap. Tumubajije igituma yahisemwo kugirira ico giteramo aho i Nyanza-Lac, uwo muririmvyi avugako iriya ntara ari iyabo, eka n'abanyagihugu baho baramukunda.
Ico giteramo agiye kuremesha i Nyanza-Lac (...)
- Inkuru / HomeNews T-max yipfuza guteza imbere umuziki mu Burundi http://igihe.bi/t-max-yipfuza-guteza-imbere.html http://igihe.bi/t-max-yipfuza-guteza-imbere.html 2013-04-02T01:51:21Z text/html rn HomeNews
T-max yaragiranye ikiganiro na IGIHE avuga ingene yatanguye ibijanye no kuririmba. Yivugira ko intambwe agezeko ubu ishimishije ibikorwa vyiwe bigenda birushirizaho gutera imbere ku munsi ku munsi.
Yatanguye gukunda ibijanye no kuririmba akiri umwana muto kuko yakunda kwigana imiziki y'abanyamahanga, abamubona bakavuga ko afise ingabirano yo kuririmba. Yagumye abikunda gushika mu mwaka w'2003 aho yaca atangura gukora indirimbo yiwe ya mbere yitwa “Bararao” iyo ndirimbo yarakunzwe cane (...)
- Inkuru / HomeNews