Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Inyuma y'imyaka 23, yagarutse mu muziki n'igiteramo http://igihe.bi/inyuma-ya-23-yagarutse-mu-muziki-n.html http://igihe.bi/inyuma-ya-23-yagarutse-mu-muziki-n.html 2013-04-06T04:01:57Z text/html rn HomeNews <p>Inyuma y'imyaka 23 ataremesheje igiteramo Gérard Ndikuriyo yaraye aremesheje igiteramo kuri uyu wa gatanu mu nyubakwa za IFB hahoze hitwa “ikigo ndangakaranga c'abafaransa” . <br class='autobr' /> Uwo muririmvyi w'umuhumure afise imyaka 62, yararirimvye indirimbo zitarinke,na cane cane izo abantu bazi mu myaka y'1980. Ashigikiwe n'umurwi Moutcho yararyoheye abari bitavye igiteramo. Abakiri bato bo barakuye akarenge hasi baratamba bariko baririmba indirimbo nka “Kira se mawe”. Intambo zahora ziherekeza iyo ndimbo (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-inkuru-141-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>