Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Inyuma y'imyaka 5 Michael Jackson apfuye, indirimbo ziwe nshasha zigiye gusohoka http://igihe.bi/inyuma-y-imyaka-5-michael-jackson.html http://igihe.bi/inyuma-y-imyaka-5-michael-jackson.html 2014-04-01T07:30:39Z text/html rn HomeNews
Urukwirikirane rw'indirimbo rwa nyuma rw'umuhisi Michael Jackson rugiye gusohoka hagati mu kwezi kwa Rusama. Urwo rukwirikirane rugizwe n'indirimbo umunani zitarigera zivuzwa.
Inyuma y'imyaka 5 umuririmvyi Michael Jackson apfuye, hari indirimbo yasize yanditse yongera azitwara mu nzu izihinyanyura, aho yari amaze nogushiramwo amajwi (audio). Urwo rukwirikirane rwahinyanyuwe n'inzu ihinyanyura amajwi n'amasanamu Epic Records yise "XSCAPE", rimwe mu mazina y'ururirimbo ruzosohoka kw'igenekerezo (...)
- Michaël Jackson / HomeNews Bamwe mu bakunzi ba Michael Jackson baronkejwe indishi y'akababaro http://igihe.bi/bamwe-mu-bakunzi-ba-michael.html http://igihe.bi/bamwe-mu-bakunzi-ba-michael.html 2014-02-12T08:53:23Z text/html rn HomeNews
Bamwe mu bakunzi b'umuhisi Michael Jackson baronkejwe indishi y'akababaro ku rukundo bamukunda, inyuma yo kwumvirizwa na sentare y'i Orleans. Umushingwamanza wabo arakenguruka urubanza.
Indishi y'akababaro ingana n'ifaranga rimwe ry'amanyaburaya «1 euro» ryahawe abakunzi 5 b'umuririmvyi Michael Jackson yapfuye mu mwaka w'i 2009. Ako kanoti bakaronkejwe inyuma y'urubanza ryaciwe ku munsi w'ejo w'igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2014 na sentare y'i Orléans. Abo bava mu bihugu vya Suisse, Ububirigi, mu ntara (...)
- Inkuru / HomeNews Umuvyeyi wa Michael Jackon : « Umuhungu wanje ntiyari igisizimwe » http://igihe.bi/umuvyeyi-wa-michael-jackon.html http://igihe.bi/umuvyeyi-wa-michael-jackon.html 2013-07-21T23:25:18Z text/html rn HomeNews
Katherine umuvyeyi wa Michael Jackson avuga ko ababazwa cane n'amajambo agenda aravurwa n'abantu ko umwana wiwe yari igisiszimwe (Monstre). Ivyo akaba yabivugiye imbere y'abacamanza igihe yariko arabazwa imigenderanire yari afitaniye n'umuhungu wiwe imbere y'ukwo yitaba Imana.
Nyina wa Michael Jackson avuga ko kuba yarabuza Michael Jackson, yabuze vyose ndetse ko ataco asigaranye. Abandanya avuga ko imigenderanire bari bafitaniye yari myiza, ati yari umwana nakunda kandi nk'umuvyeyi yari umwana (...)
- Inkuru / HomeNews Mark Lester, se w'abana ba Michael Jacskon http://igihe.bi/mark-lester-se-w-abana-ba-michael.html http://igihe.bi/mark-lester-se-w-abana-ba-michael.html 2013-05-08T03:34:31Z text/html rn HomeNews
Mark Lester,umucuraranzi w'umwongereza akaba na somanbike w'umuhisi Micheal Jackson,umwami w'umudiho wa Pop avuga yuko ari se wa Prince Michael,Paris na Blanket basigwa n'umuririrmvyi Michael Jackson.
Uwo mucuraranzi w'umwongereza, Mark Lester, avuga yuko yiteguye no kuja kugirisha bimwe bita « ADN », bapime amate yiwe,kugira yerekane ko abo bana uko batatu, ari abiwe vy'ukuri. Prince Michael, imfura,akaba afise imyaka 16, Paris wa kabiri, imyaka 15 na Blanket umuhererezi, imyaka 11.
Uyo avugwa (...)
- Inkuru / HomeNews Michaël Jackson n'abashaka ibisigi vyiwe http://igihe.bi/michael-jackson-n-abashaka-ibisigi.html http://igihe.bi/michael-jackson-n-abashaka-ibisigi.html 2013-04-12T02:18:41Z text/html rn HomeNews
Imyaka 4 inyuma y'urupfu rwiwe, Michael Jackson ari hagati y'abantu bashaka gusangira ibisigi vyiwe.Umuryango wiwe usaba ko ishirahamwe AEG riwuha imiliyaridi 40 z'amadorari Kwihorana biguma bibandanya .Inyuma y'imyaka ine Michael jackson yitavye Imana ,urubanza rwiwe rwasubiye rukazomara amezi abiri.Urwo rubanza rukaba rwatanguye igenekerezo rya kabiri ndamukiza i los Angeles.
Inyuma yaho umuganga Conrad Murray yaciriwe mu mwaka wa 2011 imyaka ine y'umunyororo ahorwa ko yahaye umuti (...)
- Michaël Jackson / HomeNews