Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Umugambwe FNL AMIZERO Y'ABARUNDI wankiwe kwemerwa mu gihugu
http://igihe.bi/Umugambwe-FNL-AMIZERO-Y-ABARUNDI.html
http://igihe.bi/Umugambwe-FNL-AMIZERO-Y-ABARUNDI.html
2018-11-09T07:10:55Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati n'inyigisho zo gukunda igihugu bwankiye kwemerera umugambwe mushasha «FNL AMIZERO Y'ABARUNDI »umushingamateka Agathon RWASA yari yarasavye ko wokwemerwa.

Imigambwe

HomeNews

Evariste NDAYISHIMIYE :« Ukugwanya kudahana niwo muti wonyene ubereye ibihugu vyose vyo kwisi.»
http://igihe.bi/Evariste-NDAYISHIMIYE-Ukugwanya.html
http://igihe.bi/Evariste-NDAYISHIMIYE-Ukugwanya.html
2018-10-21T13:27:22Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umugambwe CNDD FDD umenyeshako kugwanya kudahana niwo muti ubereye ibihugu vyose vyo kwisi bikwiye ko amakungu afata mu mugongo Reta y'Uburundi muri uwo mugambi wo gukurikirana abantu bose bagirizwa n'ubwicanyi bwabaye mu Burundi, kugirango bakubitwe intahe mu gahanga.

Imigambwe

HomeNews

Umugambwe CNDD FDD uvuga ko kwibuka imyaka 57 Rudoviko RWAGASORE agandaguwe ari igihe c'umubabaro
http://igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-uvuga-ko-22669.html
http://igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-uvuga-ko-22669.html
2018-10-15T08:24:40Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umugambwe CNDD FDD umenyeshako umunsi wo kwibuka imyaka 57 irarangiye Umuganwa Rudoviko Rwagasore yaharaniye incungu yo kwikukira kw'Uburundi agandaguwe n' igihe c'umubabaro, kikaba n'igihe co kwisuzuma, mu ntumbero yo kurushirizaho gukora mu gutsimbataza intahe y'ukwikukira kw'Uburundi.

Imigambwe

HomeNews

Umugambwe APDR uvuga ko ushima ubutwari bw'umuganwa Rudoviko RWAGASORE
http://igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-ushima.html
http://igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-ushima.html
2018-10-12T10:25:06Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umugambwe APDR umenyeshako ukenguruka ubutwari bwaranze umuganwa Rudoviko RWAGASORE kuko muvyo yaharanira ata kindi yarota ataruko igihugu c'Uburundi co kwikukira.

Imigambwe

HomeNews

FNL usaba ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati kutemerera umugambwe mushasha wa Agathon RWASA
http://igihe.bi/FNL-usaba-ubushikiranganji-bw.html
http://igihe.bi/FNL-usaba-ubushikiranganji-bw.html
2018-09-24T18:37:27Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umukuru w'umugambwe FNL Jacques BIGIRIMANA asaba ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu kutemerera umugambwe mushasha uheruka gusabwa na Agathon RWASA kuko izina yakoresheje hamwe n'ibimenyetso arivy'umugambwe wabo.

Imigambwe

HomeNews

Umugambwe UPD washikirije aho uhagaze ku bijanye n'abarundi birukanwa mu Rwanda
http://igihe.bi/Umugambwe-UPD-washikirije-aho.html
http://igihe.bi/Umugambwe-UPD-washikirije-aho.html
2018-07-31T15:32:16Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umugambwe UPD ZIGAMIBANGA umenyeshako ubabajwe n'abarundi bamaze imisi birukanwa mu gihugu c'Urwanda hadakwirikijwe amategeko.

Imigambwe

HomeNews

Uwahora ari umukuru wa Sahwanya FRODEBU yagenywe kuwuserukira i Buraya
http://igihe.bi/Uwahora-ari-umukuru-wa-Sahwanya.html
http://igihe.bi/Uwahora-ari-umukuru-wa-Sahwanya.html
2018-07-16T18:52:49Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Frédéric BAMVUGINYUMVIRA yahora arongoye umugambwe Sahwanya FRODEBU yagenywe n'umukuru w'uyo mugambwe kugira awuserukira k'umugabane wa Buraya mu mazinga ya Caraibe hamwe no mu mazinga ya Pacifique.

Imigambwe

HomeNews

Umugambwe Sahwanya FRODEBU waronse abarongozi bashasha
http://igihe.bi/Umugambwe-Sahwanya-FRODEBU-waronse.html
http://igihe.bi/Umugambwe-Sahwanya-FRODEBU-waronse.html
2018-07-09T07:04:38Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Pierre Claver NAHIMANA niwe yatowe ngo abe umukuru w'umugambwe Sahwanya FRODEBU mu matora yatunganijwe kuruyu w'Imana igenekerezo rya 8 Mukakaro 2018.

Imigambwe

HomeNews

Leonce NGENDAKUMANA: “Ntibituraba muri FRODEBU kuko ataco bihindura k'ubuzima bw'abanyagihugu.”
http://igihe.bi/Leonce-NGENDAKUMANA-Ntibituraba.html
http://igihe.bi/Leonce-NGENDAKUMANA-Ntibituraba.html
2018-06-07T12:07:54Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Bamwe mu banyamigambwe basaba ko ibwirizwa nshingiro rishasha ryateweko umukono n'umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA ryoca rishirwa mu ngiro vuba kugira ibiririmwo bije mu ngiro,abandi nabo bavuga ko ivyokorwa vyose kuriryo bwirizwa nshingiro ata bihinduka kuko ataco rifasha ku buzima bw'abanyagihugu

Imigambwe

HomeNews

Umugambwe RANAC uvuga ko amatora y'ibwirizwa nshingiro yaranzwe n'utunenge
http://igihe.bi/Umugambwe-RANAC-uvuga-ko-amatora-y.html
http://igihe.bi/Umugambwe-RANAC-uvuga-ko-amatora-y.html
2018-05-22T09:46:36Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Umugambwe RANAC (Rassemblement National pour le changement) umenyeshako amatora y'ibwirizwa nshingiro aheruka ata baye mu muco no mu bwigenge kuko yaranzwe n'utunenge turari duke nko kudashira ahabona ingene amajwi yagiye araharurwa,abacungera amatora bigenga batibonekeje hamwe n'abarorerezi b'imigambwe itarishigikiye ihinyanyurwa ry ‘ibwirizwa nshingiro bakubaguwe.

Imigambwe

HomeNews