Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Bujumbura : Ibendera ry'Uburundi niryo ryashikirijwe abakinyi b'umupira w'amaboko "Handball"
http://igihe.bi/ibendera-y-uburundi-yashikirijwe.html
http://igihe.bi/ibendera-y-uburundi-yashikirijwe.html
2014-03-20T14:12:59Z
text/html
rn
HomeNews

Umushikiranganji w'urwaruka inkino n'imicokama ahejeje gushikiriza ibendera y'igihugu abakinyi b'umupira w'amaboko "Handball" buca baja mu gihugu ca Kenya ku ncuro ya mbere. Imfashanyo y' imipira y'urwo rukino yatanzwe ku mirwi yose, mu ntara zose zo mu gihugu. Yatanzwe n'akarere ka "Pays de la Loire"ku bw'imigenderanire ico gihugu gifitaniye n'Uburundi.

Abakinyi b'urwo rukino bari munsi y'imyaka 20 bangana 18, bava mu mirwi 7 ari yo Muzinga, SOS Handball, Avro'o, na Intwari yose yo mu gisagara ca (...)

Hand Ball

HomeNews

Umurwi « Intwari » waserukiye Uburundi muri Hand Ball
http://igihe.bi/umurwi-intwari-waserukiye-uburundi.html
http://igihe.bi/umurwi-intwari-waserukiye-uburundi.html
2013-04-18T04:36:14Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi w'urukino rwa Hand ball « Intwari » ukorera muri komine Ngagara mu gisagara ca Bujumbura niwo waserukiye Uburundi mw'ihiganwa ry'Afrika ku ncuro ya mirongo ibiri n'icenda.

Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo, rikaba ririko ribera mu gihugu ca Tuniziya.

Abakinyi bo mu murwi intwari bitavye iryo higanwa rizomara imisi cumi n'umwe ni : Habiyambere Donat David, Sokoroza David, Ntirampeba Elic Manchester, Nininahazwe Parfait, Nkurunziza Desire, (...)

Hand Ball

HomeNews