Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net “Nshaka kuba rurangiranwa mu muziki ” http://igihe.bi/nshaka-kuba-rurangiranwa-nka-akon.html http://igihe.bi/nshaka-kuba-rurangiranwa-nka-akon.html 2013-04-28T04:14:19Z text/html rn HomeNews <p>Samandari azwi cane cane mu ndirimbo yiwe yitwa” Aramara” ni umuririmvyi afise indoto yo kuzoba rurangiranwa, aho mbere yivugira ko yipfuza kuzogera ku rugero rwa Akon, umuririmvyi wo muri Leta zunze ubumwe za Amerika kuko amukunda cane kandi akamwemera haba mw'ijwi canke mu mudiho. <br class='autobr' /> Samandari imbere y'uko asohora indirimbo yiwe ya mbere mu mwaka w'2009 yatanguye kuza yigana indirimbo za Akon, ahava akora ururirimbo Suzana rwakunzwe cane mu mwaka w'2011. Vyamuhaye inguvu zo kubandanya, aho yaciye (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-samandari-.html" rel="directory">Samandari</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>