Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Tenis : Raphael Nadal agiye kumara indwi zitatu adakina http://igihe.bi/Tenis-Raphael-Nadal-agiye-kumara.html http://igihe.bi/Tenis-Raphael-Nadal-agiye-kumara.html 2018-01-24T10:44:36Z text/html fr HomeNews
Umukinyi rurangiranwa wa Tennis ava mu gihugu ca Espagne Raphael Nadal, agiye kumara indwi zitatu adakina bivuye ku ngorane yagize ku kuguru, bituma n'urukino ataruheza.
- Tennis / HomeNews Juan Martin Del Potro yarungitse muhira Rafaël Nadal http://igihe.bi/juan-martin-del-potro-yarungitse.html http://igihe.bi/juan-martin-del-potro-yarungitse.html 2013-10-12T09:53:55Z text/html rn HomeNews
Mu gice ca kabiri gishira i canyuma c'ihiganwa rya Tennis, Masters 1000, ry'i Shangaï, Juan Martin Del Potro yatsinze Rafaël Nadal. Nadal, nimero 1 muri Tennis akaba yaciye ava muri iryo higanwa. Nadal ntagikinye urukino rwa nyuma rwomuhuje na Novak Djokovic.
Kuri uyu wa gatandatu, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira i canyuma c'ihiganwa rya tennis, Masters 1000 ry'i Shangaï, Juan Martin Del Potro akomoka muri Agrentine yahuye n'uwukomoka muri Espagne, Rafaël Nadal . Urwo rukino, Del Potro akaba (...)
- Tennis / HomeNews Rafaël Nadal yasubiye kuba nomero 1 muri Tennis http://igihe.bi/rafael-nadal-yasubiye-kuba-nomero.html http://igihe.bi/rafael-nadal-yasubiye-kuba-nomero.html 2013-10-05T05:31:26Z text/html rn HomeNews
Umukinyi wa Tennis, Rafaël Nadal akomoka muri Espagne yasubiye gufata ikibanza ca mbere mu rutonde rw'abakinyi b'uwo mukino kw'isi. Aho ni inyuma yo gutsinda urukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma mw'ihiganwa rya Tennis ry'i Pékin. Ico kibanza yagiheruka mu mwaka w' 2011.
Rafaël Nadal yasubiye mu kibanza ca mbere ku rutonde rw'abakinyi ba Tennis kw'isi. Ico kibanza akironse inyuma yo gutsinda Toma Berdych mu gice ca kabiri gishira icanyuma mw'ihiganwa rya Tennis ry'i Pékin. Urwo rukino rwamuhuje (...)
- Tennis / HomeNews Itegurwa ry'abana bazoserukira Uburundi muri kazoza rirabandanya http://igihe.bi/itegurwa-ry-abana-bazoserukira.html http://igihe.bi/itegurwa-ry-abana-bazoserukira.html 2013-08-30T00:45:58Z text/html rn HomeNews
Mu gihe c'uburuhuko bukuru, abana b'imyaka itanu barahurira aho bita kuri Entente sportive y'i Bujumbura aho bakina urukino rwa tennis. Izo nkino rero zitegurwa na Hussein Shabani, umwe mu bamenyereza b'uyo mukino.
Nk'uko Shabani abivuga, ico gikorwa ciswe : « Spécial vacances » catanguye kuva kw'igenekerezo rya 3 Mukakaro uyu mwaka, kikaba buca gisozerwa kuri uyu wa 1 Nyakanga 2013, inyuma y'urukino rukomeye ruzosozera ivyo bikorwa vy'uburuhuko. Abo bana rero baba bari mu mirwi itandukanye. Mu (...)
- Tennis / HomeNews Marion Bartoli yahagaritse kwitaba amahiganwa ya Tennis http://igihe.bi/marion-bartoli-yahagaritse-kwitaba.html http://igihe.bi/marion-bartoli-yahagaritse-kwitaba.html 2013-08-15T07:13:14Z text/html rn HomeNews
Marion Bartoli, nimero 1 mu Bufaransa muri tennis, yatangaje ko ahagaritse ugukina mu mahiganwa ya tennis. Ivyo bikaba vyatangaje benshi cane kuko haheze indwi 2 zonyene atwaye igikombe ca Wimbledon, ihiganwa rya tennis ryo mu Bwongereza.
Umufaransakazi akina urukino rwa tennis, Marion Bartoli, yamenyesheje ko ahagaritse ukuja mu mahiganwa y'abakina tennis nk'akazi kabo ka minsi yose. Ivyo yabitangaje inyuma yugutsindwa mu rukino rwa muhuje na Simona Halep. Akaba yabitangaje afise (...)
- Tennis / HomeNews Wimbledon: Rafael Nadal yatsinzwe urukino rugitangura http://igihe.bi/wimbledon-rafael-nadal-yatsinzwe.html http://igihe.bi/wimbledon-rafael-nadal-yatsinzwe.html 2013-06-24T23:45:38Z text/html rn HomeNews
Rafael Nadal afise ibikombe 12 vy'amarushanwa akomeye. Mw'ihiganwa ry'inkino za Tennis rya Wimbledon ribera mu Bwongereza.
Raphael Nadal yatahanye igikombe ca Wimbledon incuro zibiri, yatsinzwe mu ntango mu mikino yugurura iryo higanwa. Uwo mukinyi ava mu gihugu ca Espagne yatsinzwe na Steve Darcis wo mu Bubirigi ku maseti (7-6, 7-6, 6-4).
Rafael Nadal yatsindiye ibikombe 12 mu mahiganwa akomeye ya tennis. Yaheruka no gutsinda ihiganwa rya French Open ribera mu Bufaransa mu ntango (...)
- Tennis / HomeNews Nadal yakoze akataraboneka http://igihe.bi/nadal-yakoze-akataraboneka.html http://igihe.bi/nadal-yakoze-akataraboneka.html 2013-06-10T01:39:21Z text/html rn HomeNews
Umukinyi wa Tennis wo mu gihugu ca Espagne, Rafael Nadal, yatsinze ku nshuro igira umunani ihiganwa rya Tennis ryo mu Bufaransa, Roland Garros.
Nta wundi mukinyi n'umwe kw'isi aratsinda iryo higanwa inshuro zingana nk'izo, akaba yabishitseko mu gutsinda David Ferrer seti sitatu ku busa.
Iyo ntsinzi yo mu rukino rwahagaritswe umwanya muto n'abantu babiri bagize ibisa n'imyiyerekano, umwe muri bo akaba yakije ubisa nk'igishirira yirukira mu kibuga hagati, Nadal yemeje ko yasubiye ku rugero rwiwe (...)
- Tennis / HomeNews