Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Emery Sun yasohoye ururirimbo rufise amahigwe yo kuvuzwa cane mu ma"boites" http://igihe.bi/emery-sun-yasohoye-ururirimbo.html http://igihe.bi/emery-sun-yasohoye-ururirimbo.html 2015-01-29T08:58:29Z text/html rn HomeNews
Emery Sun yasohoye ururirimbo rushasha rushobora kuzoronka isoko mu mazu y'ubutambiro kubera umudiho utambika cane ukozwemwo. Ati:"Uri hehe wewe nakunze, amajambo yambwiye ari hehe?".
Umutwe w'ururirimbo ni "Yaco Umbipa", ati:"Yerere, yerere umutima we mutima,...yaco umbipa, barabipa...". Emery Sun abandanya aririmba abwira uwo mukunzi wiwe ko asigaye amukunda amubonye, ko amajambo yamubwira yoba yari agahararo.
Umviriza amajambo aryoshe hamwe n'umudiho biri mu ruririmbo"Yaco Umbipa"rwa (...)
- Indirimbo / HomeNews Igice c'isanamu y'ururirimbo rwa Emery Sun cabonekamwo umukobwa yambaye izuba caragabanijwe http://igihe.bi/igice-c-isanamu-y-ururirimbo-rwa.html http://igihe.bi/igice-c-isanamu-y-ururirimbo-rwa.html 2014-04-21T07:55:25Z text/html rn HomeNews
Isanamu (Video) y'ururirimbo rwa Emery Sun canke the Sun yise "Wawundi" yagiye ahabona. Ururirimbo rufise amajambo y'urukundo aryohera amatwi. Iyo sanamu (Video) y'ururirimbo "Wawundi" itarahera gukorwa yabonekamwo agace k'umukobwa yambaye ubusa.
Intangamarara y'isanamu (Video) y'ururirimbo rwa Emery Sun canke the Sun yarabonekamwo agace umukobwa yagaragara yambaye ubusa, ari mu cumba c'ubwogero. Iyo sanamu ubu iri ku mugaragaro ka gace karimwo wa mukobwa ntikaboneka cane. Kuri ivyo twibaza ko (...)
- Indirimbo / HomeNews Amwe mu masanamu amaze kuja ahabona harimwo iy'umwigeme yambaye izuba http://igihe.bi/amwe-mu-masanamu-amaze-kuja.html http://igihe.bi/amwe-mu-masanamu-amaze-kuja.html 2014-03-15T11:31:47Z text/html rn HomeNews
Ururirimbo rushasha rwa The Sun canke Emery Sun rubonekamwo umwigeme yambaye ubusa igice kitari gito c'umubiri wiwe. Ivyo biboneka kuri amwe mu masanamu yakoreshejwe muri urwo ruririmbo amaze kuja ahabona.
Ururirimbo rw'umuririmvyi Emery Sun rwasohotse amajwi, yise "Wa wundi" amasanamu yarwo ntarahera gukorwa ariko ari k'umuhinyanyuzi Black Arthur. Muri urwo ruririmbo rumaze kuryohera amatwi y'abarwumviriza rufise amajambo akwirikira ari mu citabirizo.
Icitabirizo kirimwo aya amajambo:" (...)
- Indirimbo / HomeNews Abisi http://igihe.bi/abisi-6436.html http://igihe.bi/abisi-6436.html 2013-09-04T11:02:27Z text/html rn - Indirimbo