Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Tanzaniya: Abakozi ba reta babujijwe gukoreshwa imbuga ngurukanabumenyi mu masaha y'akazi
http://igihe.bi/Tanzaniya-Abakozi-ba-reta.html
http://igihe.bi/Tanzaniya-Abakozi-ba-reta.html
2018-08-30T15:25:13Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Reta y'igihugu ca Tanzaniya yatanze amategeko ngenderwako abuza abakozi ba Reta gukoresha imbuga ngurukanabumenyi mu gihe c'amasaha y'akazi mu ntumbero yo kwitaho gutunganiriza abanyagihugu babitura muvyo bajejwe kubafasha.

Ubuseruko

HomeNews

Kenya:Abanyagihugu barababajwe n'abanyeporitike bakoresheje amafaranga ya Reta
http://igihe.bi/Kenya-Abanyagihugu-barababajwe-n.html
http://igihe.bi/Kenya-Abanyagihugu-barababajwe-n.html
2018-07-12T14:50:11Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abanyagihugu muri Kenya barababajwe kubona abashingamateka hamwe n'abakenguzamateka bo murico gihugu bashika 20 bakoresheje amafaranga ya Reta kugira baje mu gihugu c'Uburusiya kurorera inkino z'igikombe c'isi ziriko zirahabera.

Ubuseruko

HomeNews

Kenya : Umupatiri yigisha akoresheje RAP yahagaritswe mu bikorwa
http://igihe.bi/Kenya-Umupatiri-yigisha-akoresheje.html
http://igihe.bi/Kenya-Umupatiri-yigisha-akoresheje.html
2018-06-25T11:16:55Z
text/html
fr
HomeNews

Ishengero katorika ryo mu gihugu ca Kenya, ryahagaritse umupatiri yigisha abakristu akoresheje umuziki mu mudiho wa Rap, nk'uburyo bwo gutuma abo yigisha bamukurikira kandi bakemera Imana.

Ubuseruko

HomeNews

Ubuganda : Uwatoye ubuhinga bwo gupima malariya hadakoreshejwe amaraso yahawe agashimwe
http://igihe.bi/Ubuganda-Uwatoye-ubuhinga-bwo.html
http://igihe.bi/Ubuganda-Uwatoye-ubuhinga-bwo.html
2018-06-15T10:59:54Z
text/html
fr
HomeNews

Umuhungu ava mu gihugu c'Ubuganda, yatanguje igikoresho gipima indwara ya Marariya hadakoreshejwe amaraso, yahawe agashimwe.

Ubuseruko

HomeNews

Kenya:Abarovyi 109 b'abatanzaniya bafashwe
http://igihe.bi/Kenya-Abarovyi-109-b-abatanzaniya.html
http://igihe.bi/Kenya-Abarovyi-109-b-abatanzaniya.html
2018-06-08T13:31:10Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abarovyi bangana 109 bava mu gihugu ca Tanzaniya nibo bafashwe n'abasirikare b'igihugu ca Kenya bakora uburovyi butemewe n'amategeko mu mazi y'ibahari y'Ubuhindi yo k'uruhande rwa Kenya

Ubuseruko

HomeNews

Kenya : Abantu 10 bitavye Imana mw'isanganya ry'indege
http://igihe.bi/Kenya-Abantu-10-bitavye-Imana-mw.html
http://igihe.bi/Kenya-Abantu-10-bitavye-Imana-mw.html
2018-06-08T06:39:23Z
text/html
fr
HomeNews

Abantu 10 nibo bitavye Imana mw'isanganya ry'indege y'ishirahamwe FlySax ryabaye mu karere kitwa Aberdares, ku birometero 80 mu buraruko bw'umurwa mukuru w'igihugu Nairobi.

Ubuseruko

HomeNews

Kenya : Cuba yarungitse abaganga bafasha ahari bake
http://igihe.bi/Kenya-Cuba-yarungitse-abaganga.html
http://igihe.bi/Kenya-Cuba-yarungitse-abaganga.html
2018-06-06T13:43:25Z
text/html
fr
HomeNews

Abaganga mirongo itanu bavuye mu gihugu ca Cuba bari mu gihugu ca Kenya, mu ntumbero yo gufasha kurwiza igitigiri c'abaganga, mu turere twa Kenya tubuzemwo abaganga.

Ubuseruko

HomeNews

Barack Obama aritezwe mu rugendo mu gihugu ca Kenya
http://igihe.bi/Barack-Obama-aritezwe-mu-rugendo.html
http://igihe.bi/Barack-Obama-aritezwe-mu-rugendo.html
2018-06-04T06:55:22Z
text/html
fr
HomeNews

Barack Obama yahoze arongoye igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, aritezwe mu gihugu ca Kenya, mu rugendo azogira kw'igenekerezo rya 16 Ruheshi 2018.

Ubuseruko

HomeNews

Tanzaniya : Amahasa yavutse afatanye yitavye Imana
http://igihe.bi/Tanzaniya-Amahasa-yavutse-afatanye.html
http://igihe.bi/Tanzaniya-Amahasa-yavutse-afatanye.html
2018-06-03T16:02:45Z
text/html
fr
HomeNews

Amahasa y'abakobwa, Maria na Consalata, ,yavutse afatanye mu gihugu ca Tanzaniya, yitavye Imana ashitse muri kaminuza. Yitavye Imana mu bitaro vya Iringa mu gihugu ca Tanzaniya.

Ubuseruko

HomeNews

Ubuganda : Inama nshingamateka yemeje itegeko ribuza kugurisha imodoka zirenza imyaka 15
http://igihe.bi/Ubuganda-Inama-nshingamateka-22109.html
http://igihe.bi/Ubuganda-Inama-nshingamateka-22109.html
2018-06-02T10:47:09Z
text/html
fr
HomeNews

Inama nshingamateka y'Ubuganda yemeje itegeko ryihanikiza igurishwa ry'imodoka zirenza imyaka 15 zikozwe. Ivuga ko bizofasha kugabanya imyuka mibi iri mu kirere n'amasanganya yo mw'ibarabara.

Ubuseruko

HomeNews