Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Umukuru w'igihugu yatanze inyigisho kubakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw'ubutungane
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yatanze-22700.html
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yatanze-22700.html
2018-11-02T11:19:35Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu kuruno wa gatanu igenekerezo rya 2 Munyonyo 2018 ku barongoye abandi mu butungane, mu mabohero hamwe n'abandi bakozi batandukanye bakorera mu bushikiranganji bw'ubutungane.

Intwaro ibereye

HomeNews

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije inama nshikiranganji
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22697.html
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22697.html
2018-10-31T12:56:32Z
text/html
en
vianney
HomeIrambuye

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu umwaka wa 2018 inama nshikiranganji aho integuro z'amategeko zishika 6 arizo ziri k'urutonde rw'ivyigwa.

Intwaro ibereye

HomeIrambuye

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22694.html
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22694.html
2018-10-30T14:15:59Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 30 Gitugutu umwaka wa 2018 mu ntara ya Muramvya.

Intwaro ibereye

HomeNews

Abakomiseri baheruka gutorwa muri CNIDH barahiye murayo mabanga
http://igihe.bi/Abakomiseri-baheruka-gutorwa-muri.html
http://igihe.bi/Abakomiseri-baheruka-gutorwa-muri.html
2018-10-11T12:52:56Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abakomiseri 2 bashasha baheruka gutorwa kuja mu murwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH barahiye murayo mabanga kuruno wa kane igenekerezo rya 11 Gitugutu 2018 imbere y'umukuru w'igihugu n'imbere y'inama nshingamateka.

Intwaro ibereye

HomeNews

Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi
http://igihe.bi/Uwahoze-ari-buramatari-wa-Bubanza.html
http://igihe.bi/Uwahoze-ari-buramatari-wa-Bubanza.html
2018-10-05T14:32:20Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Uwahoze ari buramatari w'intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n'itegeko ry'umukuru w'igihugu kuba umwunganirizi w'umushikiranganji w'intwaro yo hagati

Nk'uko biri mw'itegeko ry'umukuru w'igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw'igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu (...)

Intwaro ibereye

HomeNews

Umukuru w'igihugu yakoranije inama nshikiranganji
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yakoranije-inama-22637.html
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yakoranije-inama-22637.html
2018-10-03T12:32:12Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Inama nshikiranganji yakoranye kuruno wa gatatu igenekerezo rya 3 Gitugutu umwaka wa 2018 irongowe n'umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA.

Intwaro ibereye

HomeNews

Pascal BARANDAGAIYE yamenyesheje amashirahamwe akorera mu Burundi ivyo ategerezwa kwisunga
http://igihe.bi/Pascal-BARANDAGAIYE-yamenyesheje.html
http://igihe.bi/Pascal-BARANDAGAIYE-yamenyesheje.html
2018-10-03T06:23:37Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE yatunganije inama n'amashirahamwe mpuzamakungu akorera mu Burundi mu ntumbero yo kuyamenyesha ivyo bategerezwa kwisunga mu bikorwa vyabo.

Intwaro ibereye

HomeNews

Edouard NDUWIMANA:“Amashirahamwe adaharanira inyugu za poritike sayo kugumura nayo gutanga impanuro”
http://igihe.bi/Edouard-NDUWIMANA-Amashirahamwe-22620.html
http://igihe.bi/Edouard-NDUWIMANA-Amashirahamwe-22620.html
2018-09-25T16:39:24Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umuhuza w'abarundi Edouard NDUWIMANA mu nama yatunganije n'amashirahamwe adaharanira inyungu za poritike yamenyesheje ko amashirihamwe yabo atarayo kugumura ariko ihangiro yayo ariyo guhamagarira abanyagihugu kwiteza imbere no gukebura reta mu gutanga impanuro mu ntumbero yo gukinga amatati.

Intwaro ibereye

HomeNews

Mugamba: Musitanteri yahagaritswe mu mabanga mu kiringo c'amezi 3
http://igihe.bi/Mugamba-Musitanteri-yahagaritswe.html
http://igihe.bi/Mugamba-Musitanteri-yahagaritswe.html
2018-09-25T10:24:35Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Musitanteri wa komine Mugamba Anicet NIYONZIMA yahagaritswe mu mabanga yo kurongora iyo komine mu kiringo c'amezi atatu inyuma yaho yagirijwe kutabungabunga neza ubutunzi bw'iyo komine.

Intwaro ibereye

HomeNews

Umukuru w'igihugu yakoranije inama nshikiranganji
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yakoranije-inama.html
http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yakoranije-inama.html
2018-09-19T17:49:50Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Inama nshikiranganji yakoranye kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2018 irongowe n'Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA hakaba hari integuro z'amategeko zishika zitanu zari k'urutonde rw'iyo nama.

Intwaro ibereye

HomeNews