Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

BRB yahagaritse ingingo yabuza gusaba kugurura amashirahamwe adandaza amafaranga y'agaciro
http://igihe.bi/BRB-yahagaritse-ingingo-yabuza.html
http://igihe.bi/BRB-yahagaritse-ingingo-yabuza.html
2018-10-30T15:30:56Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ibanki nkuru ya repuburika y'Uburundi BRB imenyeshako abipfuza kwuguruza amashirahamwe agura akongera akagurisha amafaranga y'agaciro bahawe uburenganzira bwo kubisaba.

IFARANGA

HomeNews

Desire MUSHARITSE: “Imiriyaridi hafi 28 niyo amaze gutozwa mu guterera amatora ya 2020”
http://igihe.bi/Desire-MUSHARITSE-Imiriyaridi-hafi.html
http://igihe.bi/Desire-MUSHARITSE-Imiriyaridi-hafi.html
2018-09-29T13:39:18Z
text/html
en
vianney
HomeIrambuye
HomeNews

Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'ikigega ca Reta Desire MUSHARITSE amenyeshako amafaranga angana imiriyaridi hafi 28 y'amafaranga y'amarundi ariyo amaze gutozwa mu gikorwa co guterera amatora yo mu mwaka wa 2020.

IFARANGA

HomeIrambuye,
HomeNews

Bujumbura : Abunguruza abantu n'imodoka bavuga ko badatahura iyo ibingorongoro bija
http://igihe.bi/Bujumbura-Abunguruza-abantu-n.html
http://igihe.bi/Bujumbura-Abunguruza-abantu-n.html
2018-05-30T10:39:46Z
text/html
fr
HomeNews

Abunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura bakoresheje imodoka, bavuga ko bamaze iminsi bataronka ibingorongoro vyo gusubiza abiyunguruza baja aho basabwa gusubizwa amafaranga 20. Bavuga ko bibonetse ata cobuza ko babiha abo bunguruza, mu gihe iyo bibuze bishika ntibabitahure.

IFARANGA

HomeNews

Ibanki Nkuru y'Igihugu ivuga ko ibingorongoro biriho ku bwinshi
http://igihe.bi/Ibanki-Nkuru-y-Igihugu-ivuga-ko.html
http://igihe.bi/Ibanki-Nkuru-y-Igihugu-ivuga-ko.html
2018-05-29T15:10:48Z
text/html
fr
HomeNews

Ibanki nkuru y'igihugu c'uburundi BRB (Banque de la Republique du Burundi) imenyeshako amafaranga agizwe n'ibingongoro ariho kandi akwiye.

IFARANGA

HomeNews

Umushikiranganji w'ikigega ca Reta amenyesha ko amafaranga y'agaciro azoboneka
http://igihe.bi/Umushikiranganji-w-ikigega-ca-Reta.html
http://igihe.bi/Umushikiranganji-w-ikigega-ca-Reta.html
2018-02-03T09:22:46Z
text/html
fr
HomeNews

Ubushikiranganji bw'ikigega ca Reta bumenyesha ko ata migambi ihambaye itegurwa kugira amafaranga y'agaciro aboneke, ariko aboneka iyo abantu bari ku bikorwa bifasha ayo mafaranga kuboneka.

IFARANGA

HomeNews

Abanyagihugu basabwa kudaheba gukoresha amafaranga matomato
http://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kudaheba.html
http://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kudaheba.html
2018-01-23T11:13:49Z
text/html
fr
HomeNews

Mu gihe haheze iminsi hari ibibazo ku bingorongoro vya cumi vyoba bitaboneka canke bifatwa nk'ibitemerewe gukoreshwa, mw'ibanki nkuru y'igihugu bamenyesha ko ibingorongoro vya cumi biriho kubwinshi kandi bitigeze bivanwa kw'isoko y'amahera akoreshwa mu Burundi ,nayo inoti ya cumi n'iya mirongo ibiri bitakiri mu mafaranga akoreshwa kubutaka bw'Uburundi.

IFARANGA

HomeNews

Bamwe mu bashingamateka ntibumva igituma Abarundi batubika uwa vubi kandi inzahabu zimbwa
http://igihe.bi/Bamwe-mu-bashingamateka-ntibumva.html
http://igihe.bi/Bamwe-mu-bashingamateka-ntibumva.html
2017-12-14T08:45:05Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Bamwe mu bashingamateka b'Uburundi bavuga ko bitumvikana ingene Reta y'Uburundi yobandanya kuvuga ko mu nteguro y'amafaranga azokoreshwa na Reta mu mwaka uza w'2018 Abarundi bazobandanya umugambi w'ugutubika uwa vubi kandi igihugu gifise ubutare bubandanya gutorwa hirya no hino, n'amwe mu mashirahamwe yimba ubwo butare akaba yarahawe uruhusha na Reta.

IFARANGA

HomeNews

Amashirahamwe arungika amafaranga ku buhinga ngurukanabumenyi asabwa gukinga impanuka zoba muri ubwo buhinga
http://igihe.bi/Amashirahamwe-arungika-amafaranga.html
http://igihe.bi/Amashirahamwe-arungika-amafaranga.html
2017-12-09T08:48:32Z
text/html
fr
HomeNews

Umuyoyozi ajejwe kugenzura ibikorwa vy'amabanki mw'ibanki nkuru y'igihugu, amenyesha ko ari nkenerwa ko baganira n'amashirahamwe atanga uburyo bwo guhanahana amafaranga mu buhinga ngurukanabumenyi kugira barabe ko hari inzitizi bahura mw'ishirwa mu ngiro ry'amatemategeko abiri mashasha ibanki nkuru y'igihugu yashizeho mu kwezi kw'indwi, hamwe n'irigenga amabanki ryo mu kwezi kw'umunani 2017.

IFARANGA

HomeNews

Kirundo : Posita yibwe imiriyoni 23 z'amafaranga y'amarundi, ayandi afatirwa mu Ngagara
http://igihe.bi/Kirundo-Posita-yibwe-imiriyoni-23.html
http://igihe.bi/Kirundo-Posita-yibwe-imiriyoni-23.html
2017-06-24T09:44:56Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Posita yo mu Kirundo, muri komine Buganira yibwe amafaranga agera ku miriyoni 23 z'amarundi, akaba yibwe na KATIHABWA David arongoye iryo shami rya Posita muri iyo ntara, uwo nawe akaba yataye akazi kuva kw'igenekerezo rya 4 Ruheshi 2017. Mu giporisi bameneysha ko bariko baramurondera.

IFARANGA

HomeNews

PARCEM: OBR irakwiye kwama isohora icegeranyo nk'uko ibisabwa (Video)
http://igihe.bi/PARCEM-OBR-irakwiye-kwama-isohora.html
http://igihe.bi/PARCEM-OBR-irakwiye-kwama-isohora.html
2017-04-20T14:32:35Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeNews

SC:Tele Renaissance

IFARANGA

HomeNews