Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya http://igihe.bi/umviriza-imagine-in-burundi.html http://igihe.bi/umviriza-imagine-in-burundi.html 2015-03-07T15:42:05Z text/html rn HomeNews
Yoya Jamal yasohoye isanamu y'ururirimbo yasubiyemwo ari kumwe n'abana hamwe n'umurwi Nkunda Abantu.
Ururirimbo "Imagine"rwa John Lennon umuririmvyi wo mu Bwongereza wo mu myaka y'i 1960, rwasubiwemwo na Yoya Jamal ari kumwe n'abana hamwe n'umurwi Nkunda Abantu. Urwo ruririmbo rwasubiwemwo kw'izina "Imagine in Burundi".
Urwo ruririmbo rubonekamwo imidiho kavukire(amakembe)bivuzwa na Alfred na Bernard hamwe n'ingoma.
Ururirimbo "Imagine" rwasohotse mu myaka y'i 1988 ruri mu rukurikirane "Imagine" (...)
- Indirimbo / HomeNews Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n'umukunzi wiwe yumviriza insaku http://igihe.bi/mu-ruririmbo-ibigambo-yoya.html http://igihe.bi/mu-ruririmbo-ibigambo-yoya.html 2014-10-15T14:12:56Z text/html rn HomeNews
Yoya yasohoye ururirimbo rushasha ruvuga uko amajambo y'insaku yica urukundo agasambura ingo. Mu citabirizo Yoya agira ati : "Nshaka kumenya nimba unyizera canke wizera ivyo baza bakubwira".
Ururirimbo "Ibigambo" rwaraye rusohotse rukubitira urugohe abakundana ariko babanga amatwi bumviriza insaku zivugwa hirya no hino kandi ukuri kuba kuriho. Ati :" Urusaku rusambura izubatse." Yoya avuga kandi ati : "Bakubwira i buryo bakubwira i bubamfu bakubwira, bakubwira urusaku bakubwira, ibigambo (...)
- Indirimbo / HomeNews Mot de passe http://igihe.bi/mot-de-passe.html http://igihe.bi/mot-de-passe.html 2014-03-07T14:44:55Z text/html rn HomeSong - Indirimbo / HomeSong Ikigabo http://igihe.bi/ikigabo.html http://igihe.bi/ikigabo.html 2013-10-17T07:24:07Z text/html rn
Iyi ndirimbo, Yoya yayikoranye n'umuririmvyi Dr Claude
- Indirimbo warahemutse http://igihe.bi/warahemutse.html http://igihe.bi/warahemutse.html 2013-10-16T05:48:53Z text/html rn - Indirimbo