Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Redemption Voice yasohoye DVD irimwo ibikorwa vy'imyaka ibiri http://igihe.bi/redemption-voice-yasohoye-dvd.html http://igihe.bi/redemption-voice-yasohoye-dvd.html 2014-12-11T09:30:18Z text/html rn HomeNews
Umurwi w'abaririmvyi Redemption Voice washize ku mugaragaro icegeranyo kirimwo ibikorwa vyakozwe mu myaka ibiri. Bategura kandi gushira ahabona urundi rukurikirane rw'indirimbo zabo hamwe no kwagura imihora mu gukorana n'abaririmvyi bo mu karere.
Umurwi ugizwe n'abahungu 6 n'umukobwa umwe bise Redemption Voice washizweho mu ntumbero yo gutanga ubutumwa bw'urukiza, waratanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru. Bashira ahabona icegeranyo c'ibikorwa vy'imyaka ibiri kuva mu mwaka w'2013 gushika 2014. Ico (...)
- Redemption Voice / HomeNews Redemption Voice mw'ihiganwa rya BEFFTA Awards 2013 mu Bwongereza http://igihe.bi/redemption-voice-mw-ihiganwa-rya.html http://igihe.bi/redemption-voice-mw-ihiganwa-rya.html 2013-10-18T03:49:40Z text/html rn HomeNews
Umurwi uririmba indirimbo zo gutazira Imana, Redemption Voice uri mubatowe kandi ubu bari mw'ihiganwa rinini ryitwa BEFFTA UK Awards 2013. Iryo higanwa uwo murwi urimwo rikaba rihuza abakora ibijanye n'ubugenegene (arts) butandukanye bukorwa n'abirabure bo mu mihingo yose y'isi. Redemption Voice ukaba witeze gutsinda ubifashijwe n'uwo wese akunda uwo murwi n'indirimbo za Gospel.
Redemption Voice umaze kuronka ubushimwe bune kuva uyu mwaka w'2013 utanguye, urabandanya kugira ibakwe ryo kuba mu (...)
- Inkuru / HomeNews