Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umurwi "Indimu" wasohoye isanamu y'ururirimbo “Wabaye Iki?” http://igihe.bi/indimu-zasohoye-isanamu-y.html http://igihe.bi/indimu-zasohoye-isanamu-y.html 2013-10-25T00:30:02Z text/html rn HomeNews <p>Darwin na H bagize umurwi ugeze kure mu muziki witwa Indimu, batangaje ko basohoye isanamu y'indirimbo “Wabaye Iki?” <br class='autobr' /> Abo bamenyesha ko iyo sanamu yakorewe kwa D.J Kolly akorera mu Gatumba ari nawe bamaze iminsi bakorana. Babona ko indirimbo yitwa kwiheze gukorwa mu gihe isanamu yayo iba yakozwe neza hanyuma igasohoka. Ariko rero ni agaseke gapfunduriwe abakunzi babo na rirya umwaka ugira urangire. Iyo sanamu ubu irashobora kuboneka ku mboneshakure. <br class='autobr' /> Abandanya avuga ko atari ivyo gusa hari (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-indimu-.html" rel="directory">INDIMU </a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>