Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Bobona yasiguye igituma yasubiyemwo ururirimbo rw'abandi http://igihe.bi/Bobona-yasiguye-igituma.html http://igihe.bi/Bobona-yasiguye-igituma.html 2017-10-20T07:47:32Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyi NIKUZE Bonfils azwi kw'izina rya "Bobona" yasiguye igituma yasubiriyemwo uririmbo rw'umuririmvyi Bahaga. Agiye no gukora amasanamu y'indirimbo zigize urukurikirane rwiwe rwa kabiri.
- Inkuru / HomeNews Bobona mu giteramo ca mbere inyuma y'itsinzi muri "Prix Decouvertes RFI 2014" http://igihe.bi/inyuma-yo-gutwara-ikibanza-ca.html http://igihe.bi/inyuma-yo-gutwara-ikibanza-ca.html 2015-01-15T08:18:11Z text/html rn HomeNews
Inyuma yo gutwara ikibanza ca kabiri mw'ihiganwa "prix decouvertes RFI 2014", umuririmvyi Bobona azogirisha igiteramo ca mbere mu ntumbero yo gushimira uwo wese yagize ico aterera kugira aronke ico kibanza mu bihangange vy'abaririmvyi bo muri Afrika.
Igiteramo ca mbere inyuma y'ihiganwa rya "prix decouvertes RFI 2014, Bobona azovuza indirimbo ziwe zamushikanye mw'ihiganwa hamwe n'izindi nshasha nka "nta kibazo" n'urundi adashaka kuvuga izina. Nk'uko Bobona abivuga, abakunzi biwe b'imiyabaga (...)
- Inkuru / HomeNews Bobona arashima ikibanza yaraye ahawe mw'ihiganwa "Prix Découvertes RFI 2014" http://igihe.bi/bobona-arashima-ikibanza-yaraye.html http://igihe.bi/bobona-arashima-ikibanza-yaraye.html 2014-11-19T12:10:14Z text/html rn HomeNews
Ihiganwa rya Prix Découvertes RFI 2014 ryaraye rirangiye, umuririmvyi Bobona yarahagarariye Uburundi mw'ihiganwa yaronse ikibanza ca kabiri, ati : "Vyose ndabikesha uwo wese yagize ico aterera haba mu kuntora haba kumenyekanisha. Umuririmvyikazi avuka muri Sénégal niwe yatwaye ikibanza ca mbere.
Umuririmvyikazi wo muri Sénégal Marema niwe yaraye atsindiye agashimwe ka "Prix Découvertes RFI 2014". Umurwi utanga amanota urongowe na Fally Ipupa watoye Marema mu bandi 10 bari mw'ihiganwa kubera (...)
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Bobona mw'ihiganwa "Prix Découvertes RFI 2014" : Ubutigu burageze http://igihe.bi/ihiganwa-rya-prix-decouvertes-rfi.html http://igihe.bi/ihiganwa-rya-prix-decouvertes-rfi.html 2014-11-17T09:26:05Z text/html rn HomeNews
Ihiganwa rya "Prix Découvertes RFI 2014" rigiye kurangira. Umuririmvyi Bobona ari muri 10 batowe guhiganirwa gutwara agashimwe, avuga ko ata gisigaye atari kurindira ikizovamwo.
Aho bukera kw'igenekerezo rya 18 Munyonyo, umurwi ujejwe gutanga amanota urongowe na Fally Ipupa uzokorana kugira utangaze umuririmvyi atsindiye agashimwe ka "Prix Découvertes RFI 2014" gahiganirwa abaririmvyi bo muri Afrika. Bobona canke Nikuze Bonfils yaserukiye Uburundi muri iryo higanwa agira ati : "Ubutigu (...)
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Bobona :" Intsinzi yanje kuri RFI ni iy'Abarundi bose" http://igihe.bi/umuririmvyi-bobona-intsinzi-yanje.html http://igihe.bi/umuririmvyi-bobona-intsinzi-yanje.html 2014-10-10T08:08:03Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Nikuze Bonfils azwi kw'izina rya Bobona asaba Abarundi bose kumuronsa amajwi maze atware agashimwe gatangwa n'insamirizi y'Abafaransa RFI.
Mu kiganiro Bobona yahaye abamenyeshamakuru amenyesha ko kuba umurundi yavuye mu baririmvyi bagera ku majana atatu bo k'umugabane wa Afrika bari biyandikishije wewe akaba yatowe muri 10 ba mbere, abona ko ari iteka nta ngere kuri we nk'umuririmvyi w'Umurundi, n'iteka kandi ku gihugu aho kiriko kimenyekanishwa n'abanyamyuga baco. Bobona avuga ko (...)
- Inkuru / HomeNews Mw'ihiganwa ritegurwa na RFI, umuririmvyi Bobona afise ikibanza cize, asaba guhabwa amajwi http://igihe.bi/mw-ihiganwa-ritegurwa-na-rfi.html http://igihe.bi/mw-ihiganwa-ritegurwa-na-rfi.html 2014-10-02T14:11:36Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Nikuze Bonfils ari mw'ihiganwa ryatunganijwe n'insamirizi mpuzamakungu y'Abafaransa "Radio France International", afise ikibanza ciza, noneho asaba Abarundi iyo bari hose kumuhunda amajwi maze umuziki w'Uburundi n'Uburundi bimenyekane mu makungu.
Azwi cane kw'izina rya Bobona, inyuma yo gutanga umyidondoro wiwe arimwo indirimbo 8 nk'uko vyasabwa n'abategura ihiganwa, yarashoboye gutorwa mu baririmvyi bashika 300 bo ku mugabane wa Afrika. Bobona wewe yatanze urukurikirane (...)
- Amafoto / HomeNews Inarugo http://igihe.bi/inarugo.html http://igihe.bi/inarugo.html 2014-03-07T16:51:00Z text/html rn HomeSong - Indirimbo / HomeSong Inumire http://igihe.bi/inumire.html http://igihe.bi/inumire.html 2014-03-07T16:23:39Z text/html rn - Indirimbo Bobona yateramishije abanyabujumbura n'ibiteramo bibiri http://igihe.bi/bobona-yateramishije.html http://igihe.bi/bobona-yateramishije.html 2013-11-11T20:11:30Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Bobona yaraye arangije urukurikirane rw'ibiteramo 2 vyo kumenyekanisha “IKIRANGAMISI”, urukurikirane rw'indirimbo yasohoye mu 2012. Ku mugoroba w'uwa gatanu Bobona yakoze igiteramo ca mbere mu kigo c'abafaransa. Ku w'Imana akomeza kuryohera abanyabujumbura mu giteramo ca kabiri mu kigo c'urwaruka co mu Kamenge.
Mu ntumbero yo kumenyekanisha urukurikirane rwiwe “ IKIRANGAMISI ”, Nikuze Bonfils azwi cane kw'izina Bobona yararemesheje ibiteramo bibiri ku mpera y'indwi twaraye (...)
- Inkuru / HomeNews Mbariza http://igihe.bi/mbariza.html http://igihe.bi/mbariza.html 2013-11-05T08:35:51Z text/html rn - Indirimbo