Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umurwi Question G wagarutse inyuma y'agacerere http://igihe.bi/umurwi-question-g-wagarutse-inyuma.html http://igihe.bi/umurwi-question-g-wagarutse-inyuma.html 2015-04-20T09:57:45Z text/html rn HomeNews
Umurwi ?-G wasohoye ururirimbo wise"come back", ururirimbo rusohotse mu gihe umwe mu bagize umurwi ari mu rugendo mu mahanga.
Hari haheze igihe kitari gito abaririmvyi bo mu murwi wa ?-G(Question G) badasohora indirimbo bari kumwe bose. Inyuma y'ururirimbo "Nilipi Kosa" rwaririmbwe na Josdy yikoranye mu ntango z'umwaka, uwo murwi ntuwaruhertse gukorana. Aba n'abandi baribaza ko umurwi woba warasambutse.
Question G wasohoye urwo ruririmbo wise "Come back" mu gihe umwe muri bo ari we Alby (...)
- Indirimbo / HomeNews Josdy Prince yasohoye ururirimbo wenyene : Umurwi Question-G woba warasambutse? http://igihe.bi/josdy-prince-yasohoye-ururirimbo.html http://igihe.bi/josdy-prince-yasohoye-ururirimbo.html 2015-01-13T13:49:06Z text/html rn HomeNews
Josdy Prince Yossi yosohoye ururirimbo rwa mbere rw'umwaka w'2015, ni mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyo bumvikanyeko nabo basangiye umurwi.
"Nilipi Kosa" ururirimbo rwa mbere rw'umwaka rwa Josdy wo mu murwi Question-G. Muri urwo ruririmbo, Josdy avuga ko yashatse kuvuga ibijanye n'urukundo aho umukobwa aheba uwo bakundanye atamubwiye n'ico bapfuye, uwo muhungu agasaba ko yomusigurira ico amuhoye nimba ari ikosa yagize yikosore ariko bagumane.
Kuki Josdy yaririmvye urwo ruririmbo atari mu (...)
- Indirimbo / HomeNews Umurwi Question-G wabiciye biracika muri Amount mu Rumonge http://igihe.bi/umurwi-question-g-waraye-ubiciye.html http://igihe.bi/umurwi-question-g-waraye-ubiciye.html 2014-06-08T09:57:19Z text/html rn HomeNews
Abaririmvyi bagize umurwi wa Question-G barabiciye biracika mu gisagara ca Rumonge. igiteramo camaze amasaha arenga 2 carangiye mu mutekano ntangere. Ntibatamvye birorera kuko hari abaririmvyi bo mu Rumonge babafashe mu mugongo.
Kuva igihe c'isaha zitanu n'inusu z'ijoro (23h30) kw'igenekerezo rya 07 Ruheshi, aho batazira kwa Mwami (Hotel Amount), mu gisagara ca Rumonge, umurwi Question-G wo mu gisagara ca Bujumbura wariko uteramisha abantu isinzi bari bitavye ibirori. Amakuru duhabwa na Josdy (...)
- Question G / HomeNews "Dance with me" y'umurwi Question-G irashira ibirenge hasi http://igihe.bi/dance-with-me-y-umurwi-question-g.html http://igihe.bi/dance-with-me-y-umurwi-question-g.html 2014-02-27T10:08:47Z text/html rn HomeNews
Umurwi wa Question-G uriko uratigita bidasanzwe mu gukora indirimbo bafadikanije n'abandi baririmvyi.
Kuri uyu munsi wa kane igenekerezo rya 27 Ruhuhuma, harasohoka amajwi y'ururirimbo Dance with me. Ururirimbo rwitiranwa n'ururirimbo rwa Jiji Seven, ariko nta "beef" kuko ntizivuga bimwe.
Abarundi barayamaze bati:"abagabo barara kubiri bakarota kumwe", abaririmvyi bo mu murwi wa Question-G bari kumwe na Patient Matabaro yatahukanye agashimwe ka Primusic mu ci riheze, bakoranye ururirimbo (...)
- Question G / HomeNews Isanamu izobatangaza yatanguye gukorwa http://igihe.bi/isanamu-izobatangaza-yatanguye.html http://igihe.bi/isanamu-izobatangaza-yatanguye.html 2014-01-08T14:06:22Z text/html rn HomeNews
Umwaka uratanguye hashirwe mu ngiro bimwe abaririmvyi bo mu Burundi bagiye baremerera abakunzi babo, umurwi wa Question-G watanguye gukora amasanamu y'indirimbo zimwe zimwe.
Umurwi wa Question-G uratanguye gushira mu ngiro ivyo bemereye abakunzi babo. uyu mwaka bagira bawuguruze isanamu nshasha ku bw'abakunzi babo. Umurwi wa Question-G mu ndirimbo «Dance na Sisi», bati reka dukore isanamu ica ibibatsi. Muri urwo ruririmbo, Patient Matabaro ni we aririmba icitabirizo.
Kuri aya masaha turi (...)
- Inkuru / HomeNews Umurwi Question-G witeguriye gusozera umwaka neza http://igihe.bi/umurwi-question-g-witeguriye.html http://igihe.bi/umurwi-question-g-witeguriye.html 2013-11-14T21:50:15Z text/html rn HomeNews
Indirimbo 3: « dance na sisi », « kalibu kwetu », na « mfata ukuboko ». Amasanamu 2 : « ndo jinsi walivyo » na « dance na sisi », izo nizo ndirimbo za « Question-G »ziriko zikorerwa mu mazu y'ubuhinyanyuzi Adomix na Willy Pro.
Ibikorwa vy'umurwi Question-G vyo kurangiza neza umwaka biriko birategurwa. Indirimbo 3 z'umvikana hamwe na 2 zifise amasanamu nivyo umurwi Question G uzosohora mu giteramo cimirije kuzogira imbere y'uko uyu mwaka urangira. Kazoba ari akaryo keza k'umurwi ko kuraba uko umwaka (...)
- Inkuru / HomeNews