Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netIsanamu izobatangaza yatanguye gukorwa
http://igihe.bi/isanamu-izobatangaza-yatanguye.html
http://igihe.bi/isanamu-izobatangaza-yatanguye.html2014-01-08T14:06:22Ztext/htmlrnHomeNews

Umwaka uratanguye hashirwe mu ngiro bimwe abaririmvyi bo mu Burundi bagiye baremerera abakunzi babo, umurwi wa Question-G watanguye gukora amasanamu y'indirimbo zimwe zimwe.

Umurwi wa Question-G uratanguye gushira mu ngiro ivyo bemereye abakunzi babo. uyu mwaka bagira bawuguruze isanamu nshasha ku bw'abakunzi babo. Umurwi wa Question-G mu ndirimbo «Dance na Sisi», bati reka dukore isanamu ica ibibatsi. Muri urwo ruririmbo, Patient Matabaro ni we aririmba icitabirizo.

Kuri aya masaha turi (...)

Inkuru

HomeNews
Umurwi Question-G witeguriye gusozera umwaka neza
http://igihe.bi/umurwi-question-g-witeguriye.html
http://igihe.bi/umurwi-question-g-witeguriye.html2013-11-14T21:50:15Ztext/htmlrnHomeNews

Indirimbo 3: « dance na sisi », « kalibu kwetu », na « mfata ukuboko ». Amasanamu 2 : « ndo jinsi walivyo » na « dance na sisi », izo nizo ndirimbo za « Question-G »ziriko zikorerwa mu mazu y'ubuhinyanyuzi Adomix na Willy Pro.

Ibikorwa vy'umurwi Question-G vyo kurangiza neza umwaka biriko birategurwa. Indirimbo 3 z'umvikana hamwe na 2 zifise amasanamu nivyo umurwi Question G uzosohora mu giteramo cimirije kuzogira imbere y'uko uyu mwaka urangira. Kazoba ari akaryo keza k'umurwi ko kuraba uko umwaka (...)

Inkuru

HomeNews