Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ivyari ku rutonde rw'isabukuru "Buja sans Tabou" vyose vyarakozwe http://igihe.bi/ivyari-ku-rutonde-rw-isabukuru.html http://igihe.bi/ivyari-ku-rutonde-rw-isabukuru.html 2014-02-10T12:47:41Z text/html rn HomeNews
Isabukuru Buja sans tabou yarimaze iminsi iriko ibera mu bibanza bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura, yaraye isozewe n'igiteramo c'agakura ca kozwe n'umurwi wa Lion Story.
Isabukuru yari yateguwe n'umurwi ukina «théâtre» «La troupe lampyre» urongowe na Freddy Sabimbona yaraye isozerewe inyuma y'iminsi 4 iriko ibera mu kigo c'Abafaransa «IFB», kuri Sabemeli, kuri Buj'Art no mu kigo c'urwaruka co mu Kamenge «CJK». Iyo sabukuru yasozerewe n'igiteramo cakozwe n'umurwi wa Lion Story wari usanzwe uri ku (...)
- theatre / HomeNews Isabukuru "Buja sans Tabou" irabandanya i Bujumbura http://igihe.bi/isabukuru-buja-sans-tabou.html http://igihe.bi/isabukuru-buja-sans-tabou.html 2014-02-08T15:36:27Z text/html rn HomeNews
Isabukuru ya mbere mu Burundi y'ivyese yaraye yuguruwe icese. Umurwi Troupe lampyre wuguruye ibikorwa vy'isabukuru Buja Sans tabou izomara iminsi 4. Theatre ya mbere ku rutonde yagiye ahabona yavuga ku bijanye n'ingorane zihura n'abanyamwema.
Isabukuru y'ivyese ya mbere mu Burundi iriko ibera I Bujumbura yaguruwe ku munsi w'igenekerezo rya 06 Nzero izorangira ku munsi w'Imana igenekerezo rya 09 Nzero. Isabukuru Buja sans Tabou izomara iminsi 4, ubu igeze ku munsi wa kabiri. Umunsi wa mbere (...)
- theatre / HomeNews