Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ingingo ibuza kubaga no kurya impene n'intama yahagaritswe
http://igihe.bi/Ingingo-ibuza-kubaga-no-kurya.html
http://igihe.bi/Ingingo-ibuza-kubaga-no-kurya.html
2018-06-14T09:51:45Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'ibidukikije,uburimyi hamwe n'ubworozi bwarekuye ko ibitungwa bigizwe n'impene n'intama bitangura kuribwa inyuma yaho urucacnco rwariko rutangwa kurivyo bitungwa rurangiriye mu gihugu cose.

ikiza

HomeNews

Bujumbura Rural : Buramatari yasohoye ingingo ibuza kubaga no gufungura inyama z'impene n'intama
http://igihe.bi/Bujumbura-Rural-Buramatari.html
http://igihe.bi/Bujumbura-Rural-Buramatari.html
2018-05-16T06:16:06Z
text/html
fr
HomeNews

Buramatari w'intara ya Bujumbura Rural Nadine GACUTI, amenyesha ko ata muntu arekuriwe kubaga no gufungura inyama z'impene canke z'intama, mu kiringo hariko haba isekeza ryo kubicandaga.

ikiza

HomeNews

Ata gikozwe ikibuga c'indege ca Bujumbura n'ibarabara RN5 bishobora guterwa n'umwuzurira
http://igihe.bi/Ata-gikozwe-ikibuga-c-indege-ca.html
http://igihe.bi/Ata-gikozwe-ikibuga-c-indege-ca.html
2018-04-30T07:28:34Z
text/html
fr
HomeNews

Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza, amenyesha ko amazu 216 ariyo yasambuwe ayandi aterwa n'umwuzure, muri karitiye Kiyange ya kabiri na karitiye Miroir za zone Buterere, mu mwuzurira wateye kuwa gatandatu igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2018. Antoine NTEMAKO avuga ko ata gikozwe mu maguru masha, ikibuga c'indege ca Bujumbura n'ibarabara rikuru RN5, riva mu gisagara ca Bujumbura rija mu ntara ya Cibitoke, bishobora kwononekara.

ikiza

HomeNews

Hagiye gutanguzwa isekeza ryo gukingira impene indwara y'akaranda
http://igihe.bi/Hagiye-gutanguzwa-isekeza-ryo.html
http://igihe.bi/Hagiye-gutanguzwa-isekeza-ryo.html
2018-04-05T13:32:59Z
text/html
fr
HomeNews

Ubuyobozi bukuru bw'ubworozi mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi bumenyesha ko igikorwa co gucandaga impene bazikingira indwara y'akaranda, kizotangura kuwa mbere igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2018.

ikiza

HomeNews

Kanyosha : Abanyagihugu inzu zabo zahenuwe n'imvura basaba gufashwa
http://igihe.bi/Kanyosha-Abanyagihugu-inzu-zabo.html
http://igihe.bi/Kanyosha-Abanyagihugu-inzu-zabo.html
2018-03-29T07:49:04Z
text/html
fr
HomeNews

Inzu 2 zo muri zone Kanyosha, komine Muha, mu gisagara ca Bujumbura,zarahenutse, bivuye ku mvura nyinshi yaguye kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Ntwarante 2018. Ba nyene inzu bavuga ko bahatakarije ibitari bike.

ikiza

HomeNews

Ikigo ABUTIP cabaye kirahagarika ibikorwa ku nzuzi Gasenyi na Nyabagere
http://igihe.bi/Ikigo-ABUTIP-cabaye-kirahagarika.html
http://igihe.bi/Ikigo-ABUTIP-cabaye-kirahagarika.html
2018-03-17T05:42:26Z
text/html
fr
HomeNews

Inyuma y'isanganya ryahitanye abantu batandatu abandi batatu bagakomereka ahariko hubakwa impome zikingira inkombe z'uruzi Gasenyu ruca hafi y'ahariko hubakwa inyubakwa umukuru w'igihugu azokoreramwo mu Gasenyi, mu ntara ya Bujumbura, ikigo gikurikirana ibikorwa vya Reta ABUTIP ko ataco kitazokora kugira gishigikire imiryango yabuze.

ikiza

HomeNews

Kayanza : Amasoko y'ibitungwa yo muri komine Muhanga na Rango yugawe
http://igihe.bi/Kayanza-Amasoko-y-ibitungwa-yo.html
http://igihe.bi/Kayanza-Amasoko-y-ibitungwa-yo.html
2018-03-13T11:39:06Z
text/html
fr
HomeNews

Buramatari w'intara ya Kayanza yafashe ingingo yo kwugara amasoko abiri yo muri iyo ntara yahora adandarizwamwo ibitungwa bito bito. Mw'itegeko yateyeko umukono, buramatari Anicet NDAYIZEYE amenyesha ko ari mu ntumbero yo gukinga indwara y'akaranda yafashe impene.

ikiza

HomeNews

Ubuyobozi bw'amagara y'ibitungwa arabeshuza amakuru abuza abantu gufungura inyama z'impene
http://igihe.bi/Ubuyobozi-bw-amagara-y-ibitungwa.html
http://igihe.bi/Ubuyobozi-bw-amagara-y-ibitungwa.html
2018-01-16T08:11:40Z
text/html
fr
HomeNews

Umuyobozi ajejwe amagara y'ibitungwa mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi, amenyesha ko ubushikiranganji butigeze bubuza abanyagihugu gufungura inyama z'impene mu gihugu cose.

ikiza

HomeNews

Abanyagihugu basabwa kudafungura inyama z'ibitungwa birwaye
http://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kudafungura.html
http://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kudafungura.html
2018-01-15T09:19:32Z
text/html
fr
HomeNews

Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi, amenyesha ko mu ntara indwara y'akaranda k'impene itarashikamwo, abantu bashobora kubandanya bafungura inyama z'ibitungwa bito bito, ariko ivyo bitungwa bikabanza gupimwa n'ababijejwe kugira bakingire umutekano w'amagara y'abanyagihugu.

ikiza

HomeNews

Gitega : Ubuyobozi bw'amagara y'ibitungwa bwemeje indwara y'akaranda k'impene
http://igihe.bi/Gitega-Ubuyobozi-bw-amagara-y.html
http://igihe.bi/Gitega-Ubuyobozi-bw-amagara-y.html
2018-01-12T12:06:11Z
text/html
fr
HomeNews

Umuyobozi ajejwe amagara y'ibitungwa mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi, amenyesha ko inyuma y'ubushakashatsi bwakozwe ku mpene zimaze iminsi zipfa mu ntara ya Gitega zirwaye indwara y'akaranda k'impene.

ikiza

HomeNews