Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Yambaye impuzu y'igiti yumva akamoto ka basogokuru
http://igihe.bi/yambaye-impuzu-y-igiti-yumva.html
http://igihe.bi/yambaye-impuzu-y-igiti-yumva.html
2014-02-25T08:42:16Z
text/html
rn
HomeNews
<p>Bamwe mu rwaruka rw'ubu bariko baragarukira akaranga k'Uburundi biciye mu mirwi y'abaririmvyi ndangakaranga. Hari n'urundi rwaruka rwihaye kugarukira akaranga biciye mu murisho w'ingoma. Uwu nawe yahisemwo kugarukira akaranga mu gukora impuzu y'igiti yasa n'iyazimanganye mu Burundi, ivyo akora arabicisha no mu ndiririmbo ziwe, kuko asanzwe ari n'umuririmvyi. <br class='autobr' /> Annick Kabatesi yahisemwo akazina k'Ubuhizi «Murundikazi» kugira ntihagire uwuhava yibaza ko atari umurundikazi. Akiri mu mashuri mato mato, (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-impuzu-y-igiti-.html" rel="directory">Impuzu y'igiti</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>