Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Gerard Bukuru yagarutse kwibutsa indirimbo za kera http://igihe.bi/gerard-bukuru-yagarutse-kwibutsa.html http://igihe.bi/gerard-bukuru-yagarutse-kwibutsa.html 2014-03-04T09:49:25Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmyi Bukuru Gérard azwi cane mu myaka ya 1980 mu mirwi "Ubumwe" n'umurwi "imvumero", yagarutse kuririmba inyuma yaho aviriye mu buhungiro mu gihugu ca Tanzaniya. Agiye kunagura zimwe mu ndirimbo ziwe, yongere ashire k'umugaragaro izo ariko arakora. <br class='autobr' /> Abamuzi cane ni abo mu myaka ya 1980, igihe c'abaririmvyi ntibagirwa mu Burundi nk'aba Nikiza David, ba Canco Hamisi n'abandi. Ico gihe yaririmba akongera akarongora umurwi(Orchestre) witwa Ubumwe wahavuye usamburwa n'ishari rya bamwe mubo bari (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-gerard-bukuru-.html" rel="directory">Gerard Bukuru</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>