Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Abigeme 17 bazohiganirwa ikibanza ca Miss Burundi 2018 bamenyekanye http://igihe.bi/Abigeme-17-bazohiganirwa-ikibanza.html http://igihe.bi/Abigeme-17-bazohiganirwa-ikibanza.html 2018-05-01T09:32:54Z text/html fr HomeNews
Umurwi utegura ihiganwa Miss Burundi 2018 washize ahabona amazina y'abigeme 17 batowe kugira bazohiganirwe ikibanza ca Miss Burundi 2018. Intara ya Kayanza niyo iserukiwe kurusha izindi ikaba ifise abigeme batatu muri 17 batowe.
- Defile de mode / HomeNews Miss Burundi 2018 : Abakobwa 18 baserukira intara batanguye gutorwa http://igihe.bi/Miss-Burundi-2018-Abakobwa-18.html http://igihe.bi/Miss-Burundi-2018-Abakobwa-18.html 2018-04-30T11:08:46Z text/html fr HomeNews
Umurwi utegura ihiganwa Miss Burundi 2018 ryaratunganije igikorwa co gucagura abakobwa 18 baserukira intara muri iryo higanwa, kuwa gatandatu igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2018. Andre HAKIZIMANA ajejwe kumenyesha amakuru mu murwi utegura iryo higanwa, yamenyesheje ko hakiri intara zitaronka abaziserukira mw'ihiganwa Miss Burundi.
- Defile de mode / HomeNews Umunyamideri Hakim NKENGURUTSE ahamagarira urwaruka kwitaho ico gisata http://igihe.bi/Umunyamideri-Hakim-NKENGURUTSE.html http://igihe.bi/Umunyamideri-Hakim-NKENGURUTSE.html 2018-01-06T13:21:57Z text/html fr HomeNews
Naho bitari bimenyerewe cane mu Burundi, Hakim NKENGURUTSE ni umunyamideri, akora akazi ko kwerekana impuzu yabitanguye mu mwaka wa 2014. Hakim NKENGURUTSE asaba urwaruka kwitaho uwo mwuga kuko yaba umukobwa canke umuhungu ashobora kubikora.
- Defile de mode / HomeNews Ishirahamwe SIEPE ryatunganije igiteramo Miss and Mister Fashion http://igihe.bi/Ishirahamwe-SIEPE-ryatunganije.html http://igihe.bi/Ishirahamwe-SIEPE-ryatunganije.html 2018-01-04T13:53:22Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe SIEPE (Société d'importation et de Promotion évenementielle), ricishije mw'ihiganwa ry'intambuko z'inkumi n'imisore mukwerekana ubwiza, inyambaro, ryateguye igiteramo ciswe Miss and Mister Fashion Burundi. Ico giteramo kizoba kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 6 Nzero 2018, kuri Pasta Comedia.
- Defile de mode / HomeNews Isabakuru y'amavuka ya Miss Burundi 2017 yaranzwe n'ama "Surprises" menshi http://igihe.bi/Isabakuru-y-amavuka-ya-Miss.html http://igihe.bi/Isabakuru-y-amavuka-ya-Miss.html 2017-09-28T07:43:05Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Urunganwe rurwiriyemwo abigeme benshi n'abasore bake, bambaye nk'abiteguriye umugeni bagorobeje mu kibanza ca Aréna. Aho muri Aréna bari biteguriye kugirira "surprise" Miss Burundi 2017. Eka si abo gusa bari biteguriye gutangaza Miss, n'abaririmvyi nka Double Jay na Yves Kami barabiciye biracika ku mugoroba wo kuri uwu wa gatatu.
- Defile de mode / HomeNews Miss Ange Bernice Ingabire ari mw'ihiganwa muri Afrika y'epfo asaba amajwi http://igihe.bi/Miss-Ange-Bernice-Ingabire-ariko.html http://igihe.bi/Miss-Ange-Bernice-Ingabire-ariko.html 2017-08-25T10:12:07Z text/html rn HomeNews
Ange Bernice Ingabire ageze mu gihugu ca Africa y'epfo aho yitavye ihiganwa ry'aba Miss batowe muri Africa mu mwaka w'i 2016. Atera akamo Abarundi bose iyo bava bakagera n'abakunzi b'Uburundi kumuha amajwi. Muri iryo higanwa, ijwi rigugwa ama dollars.
- Defile de mode / HomeNews Umwigeme NIKUZE Annie Bernice yatowe nka "Miss Burundi 2017" http://igihe.bi/Ibirori-vyo-gutora-Miss-Burundi.html http://igihe.bi/Ibirori-vyo-gutora-Miss-Burundi.html 2017-07-22T17:19:03Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge kurusha abandi "Miss Burundi2017" yamenyekanye. Ni NIKUZE Annie Bernice w'imyaka 21, yaserukiye intara ya Ruyigi. Niwe yatowe kuri uwu wa gatandatu, mu gice ca nyuma c'ihiganwa.
- Defile de mode / HomeNews Miss 2017 MUGISHA Luce Charlène afise umugambi w'ugufasha urwaruka rutabandanije amashure http://igihe.bi/Miss-2017-MUGISHA-Luce-Charlene.html http://igihe.bi/Miss-2017-MUGISHA-Luce-Charlene.html 2017-07-21T07:37:19Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
MUGISHA Luce Charlène w'imyaka 19 aserukira intara ya Bubanza, akaba asanzwe ari umunyeshure kuri kaminuza yitiriwe umuco.
- Defile de mode / HomeNews Miss 2017 KEZIMANA Vanessa ashigikiye umugambi w'ukugabanya imbamyi ku bigeme bakiri mw'ishure http://igihe.bi/Miss-2017-KEZIMANA-Vanessa.html http://igihe.bi/Miss-2017-KEZIMANA-Vanessa.html 2017-07-21T07:34:41Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
KEZIMANA Vanessa aserukira intara ya Makamba asanzwe ari umunyeshure kuri kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika.
- Defile de mode / HomeNews Miss 2017 NDACAYISABA Edith Modeste : Igisata c'uburimyi cotezwa imbere http://igihe.bi/Miss-2017-NDACAYISABA-Edith.html http://igihe.bi/Miss-2017-NDACAYISABA-Edith.html 2017-07-21T07:32:49Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
NDACAYISABA Edith Modeste w'imyaka 24 aserukira intara ya Kayanza, akaba asanzwe ari umunyeshure kuri Kaminuza «Bujumbura International University».
- Defile de mode / HomeNews