Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umuririmvyi Fortran Bigirimana mu rugendo i Bruxelles (photos) http://igihe.bi/fortran-bigirimana-mu-rugendo-i.html http://igihe.bi/fortran-bigirimana-mu-rugendo-i.html 2015-03-03T13:59:34Z text/html rn HomeNews
Fortran Bigirimana umuririmvyi w'umuziki wa "Gospel" arabandanya ingendo mu bihugu vya Buraya. Agenda guhura n'abaririmvyi ba "Gospel" aho baca banakora ibiteramo.
Umuririmvyi Fortran Bigirimana yakiriwe mu Bubiligi n'abaririmvyi ba "Gospel" nka Pasteur Paul David Ndjadi, azwi mu ndirimbo" Aujourd' hui à jamais" na bagenzi we Pastori Yohani, Davidi n'abandi. Fortran yandika ashima Imana ko isubiye kumuha akandi karyo ko kuyikorera, yandika kandi ko arindiriye ibitangaza Imana igiye kubandanya (...)
- inkuru / HomeNews Fortran yashimiye abamufashije gushika ku ntambwe agezeko http://igihe.bi/fortran-yashimiye-abamufashije-ku.html http://igihe.bi/fortran-yashimiye-abamufashije-ku.html 2014-08-25T10:22:01Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Fortran Bigirimana yanezereje abakunzi biwe mu giteramo yari amaze iminsi ategura, kuri uwu w'Imana kikaba cabaye ica mbere inyuma y'ibikorwa vyinshi birimwo ingendo mu karere no mu makungu yahoramwo, hamwe n'urubanza rw'ubugeni bwiwe. Akaba yafashe akanya ko gushimira Imana kuvyo yamukoreye hamwe n'abamufashije, na cane cane mu muziki.
Igiteramo catanguye nk'igihe c'isaha 12 zirenga gato, cugururwa n'umuririmvyi Fabrice Nzeyimana, abanza kwibutsa ubuzima bwa Fortran mu ncamake, (...)
- Fortrand Bigirimana / HomeNews Inyuma y'ivyiza vyinshi avuga ko Imana yamukoreye yateguye igiteramo co gushima http://igihe.bi/inyuma-y-ivyiza-vyinshi-imana.html http://igihe.bi/inyuma-y-ivyiza-vyinshi-imana.html 2014-08-19T11:41:29Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Fortran Bigirimana ariko arategura igiteramo c'agakura, kibaye ica mbere inyuma y'ibikorwa vyinshi birimwo ingendo mu karere no mu makungu yahoramwo, eka n'urubanza rw'ubugeni bwiwe. Ashaka afate akanya ko gushimira Imana kuvyo yamukoreye.
Igiteramo yitiriye "Mumfashe Dushime" (umutwe wa rumwe mu ndirimbo ziwe), kiriko gitegurwa n'umuririmvyi Fortran. Kibaye ica mbere inyuma y'ibikorwa vyinshi vyiza uwo muririmvyi yari amazemwo igihe. Ico giteramo avuga ko ari ico gushima Imana kije (...)
- Fortrand Bigirimana / HomeNews Ubukwe bwa Fortrand Bigirimana na Sophia Derain bwamenyekanye http://igihe.bi/ubukwe-bwa-fortrand-bigirimana-n.html http://igihe.bi/ubukwe-bwa-fortrand-bigirimana-n.html 2014-06-02T08:12:16Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Fortran Bigirimana yamaze kwemanga kwubakana n'uwo bari bamaranye igihe mu rukundo. Ivyo bizobonekera ku mpapuro zo gutumira zasohotse.
Hari haheze igihe kitari gito umuririmvyi Fortran yemeje icese (Fiancailles) ko ariko yitegura kubana na Derain, none ukuri kugiye kuja ahabona. Ntibikiri mu majambo gusa ko Fortran agiye kwubakana na Derain maze bemeze kubana ubuzima bwabo bwose. Ivyo bibonekera ku mpapuro z'ubutumire zasohotse.
Ubugeni butegekanijwe kuzoba kw'igenekerezo rya 5 (...)
- Fortrand Bigirimana / HomeNews Fortrand yasohoye isanamu y'ururirimbo yakoranye n'uwo bazubakana http://igihe.bi/isanamu-nshasha-atayo.html http://igihe.bi/isanamu-nshasha-atayo.html 2014-03-12T10:59:06Z text/html rn
Fortrand Bigirimana aririrmba indirimbo mpimbazamana aherutse gushira ahabona amasanamu y'ururirimbo yakoranye n'uwo bagiye kwubakana Sophie Derain. Iyo sanamu ije kumenyesha urukwirikirane rwiwe rugira gatatu.
Iyo ari mu ngendo amazemwo amezi arenga 3 mu bihugu vy'Ubufaransa n'Ubuholande, umuririmvyi Bigirimana Fortrand yarasohoye amasanamu y'ururirimbo "Nimumfashe" yaririmbanye n'umwigeme Sophie Derain ava mu gihugu c'Ububirigi basanzwe bari kumwe mu murwi "The Worshippers". Nk'uko Fortrand (...)
- Fortrand Bigirimana