Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netPaterne Hica umuririmvyi ari mu mahanga ahamagarira abategetsi gutwara neza
http://igihe.bi/umuririmvyi-ari-mu-mahanga.html
http://igihe.bi/umuririmvyi-ari-mu-mahanga.html2014-03-26T10:32:10Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Umuririmvyi w'umurundi ari nu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika aherutse gusohora uririmbo aho asaba abarundi gukundana bibagire ubutandukane bw'ubwoko n'intara, asaba abarongozi gutwara neza. Yiyamiriza kandi intambara. <br class='autobr' /> Iyo aba mu gisagara ca New York neza na neza i Rochester, Paterne Hica ntiyibagira guterera mw'ihinduka ry'ibintu mu gihugu ciwe c'amavukiro. Mu ruririmbo yise "Abarundi Dukundane",aherutse gushira ahabona amajwi, Paterne Hica ahamagarira abatware gutwara neza, barinde (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-paterne-hica-.html" rel="directory">Paterne Hica</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>