Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Wema Seputu yashize ahabona ireresi nshasha http://igihe.bi/wema-seputu-yashize-ahabona.html http://igihe.bi/wema-seputu-yashize-ahabona.html 2014-03-28T10:56:41Z text/html rn HomeNews <p>Umukinyi w'amareresi Wema Seputu yashize ku mugaragaro ireresi nshasha. Uwo mukinyi arizeye ko iyo reresi nshasha izokundwa na benshi. <br class='autobr' /> Inyuma y'ireresi "My shoes" aherutse gushira ahabona, uwo mukinyi w'amareresi wo mu gihugu ca Tanzaniya ntiyareze amaboko. Wema Seputu aherutse gushira ahabona iyindi yise "Madame". Ayo makuru tuyahabwa n'umumenyeshamakuru w'insamirizi "Umuco FM" ikorera mu ntara ya Ngozi, Claude Mvuyekure. <br class='autobr' /> Muri iyo reresi habonekamwo abakinyi b'amareresi bakomeye bo muri (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-wema-sepetu-.html" rel="directory">Wema Sepetu</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>