Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netUmuririmvyi Fortran Bigirimana mu rugendo i Bruxelles (photos)
http://igihe.bi/fortran-bigirimana-mu-rugendo-i.html
http://igihe.bi/fortran-bigirimana-mu-rugendo-i.html2015-03-03T13:59:34Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Fortran Bigirimana umuririmvyi w'umuziki wa "Gospel" arabandanya ingendo mu bihugu vya Buraya. Agenda guhura n'abaririmvyi ba "Gospel" aho baca banakora ibiteramo. <br class='autobr' />
Umuririmvyi Fortran Bigirimana yakiriwe mu Bubiligi n'abaririmvyi ba "Gospel" nka Pasteur Paul David Ndjadi, azwi mu ndirimbo" Aujourd' hui à jamais" na bagenzi we Pastori Yohani, Davidi n'abandi. Fortran yandika ashima Imana ko isubiye kumuha akandi karyo ko kuyikorera, yandika kandi ko arindiriye ibitangaza Imana igiye kubandanya (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-inkuru-304-.html" rel="directory">inkuru</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>