Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Prophet's Voice yatanze ubutumwa mu ndirimbo "NTAWUHORA KU NGOMA" hamwe na "INGUVU NKE ZAWE"
http://igihe.bi/ubutumwa-bw-indirimbo-ntawuhora-ku.html
http://igihe.bi/ubutumwa-bw-indirimbo-ntawuhora-ku.html
2015-03-16T11:38:07Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi w'abaririmvyi ba Raggae "Prophet's Voice" basohoye indirimbo zibiri zivuga ibijanye n'ikiringo ca gatatu c'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza, urundi ruvunira urugohe abarwanya ivyiyumviro vy'imvugakuri.
Mu kiganiro Steve Kezamutima yahaye IGIHE, avugako basohoye indirimbo zijanye n'ibihe igihugu kirimwo. Ururirimbo rwa mbere barwise "NTAWUHORA KU NGOMA". Nk'uko uwo muririmvyi abitubwira, urwo ruvuga cane cane ibijanye n'ikiringo ca 3 c'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza. Abo baririmvyi (...)

Prophet's Voice

HomeNews

Prophet's Voice yazanye "umunywamazi" wogabanya imvura yimirije kurwa
http://igihe.bi/prophet-s-voice-bazanye.html
http://igihe.bi/prophet-s-voice-bazanye.html
2014-08-27T11:03:47Z
text/html
rn
HomeNews

Umurwi wa Prophet's Voice uriko utegura igiteramo bavuga ko ari ico guhumuriza imitima y'Abarundi iri mu bibazo n'ubwoba bwa kazoza. Igiteramo kizobamwo bishasha vyinshi harimwo ururirimbo rushasha rutegerezwa kuzokora kuri benshi.
Mu gihe Abarundi bamwe bamwe bugarijwe n'ingorane, ubwoba, n'igipfungu ca kazoza, umurwi Prophet's Voice wabateguriye igiteramo co mu mudiho wa Raggae, bitiriye "Umunywamazi". Steven Kezamutima umwe mu bagize uwo murwi, asigura umutwe w'igiteramo uku gukwirikira:" (...)

Inkuru

HomeNews