Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Aba "Rappeurs" ntibahabwa ikibanza muri Primusic http://igihe.bi/aba-rappeurs-ntibahabwa-ikibanza.html http://igihe.bi/aba-rappeurs-ntibahabwa-ikibanza.html 2014-09-02T11:18:50Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyi Small Dogg Le Pygme afise umwitwarariko urenze ku kibazo c'uko umudiho aririmbamwo udahabwa ikibanza kiwukwiye. Ababifisemwo uruhara abasaba ko boza baravomera zose kuko batazi urwama kare. <br class='autobr' /> "Umudiho wa Rap ntiwitaweho cane mu Burundi", ivyo bivugwa n'umuririmvyi Small Dogg Le Pygme aririmba muri "Rap". Uko kutitabwaho avuga ko abibonera ku bintu bitari bike. Le Pygme adoma urutoke kw'ihiganwa rya Primusic ritigera rireka abaririmvyi ba Rap ngo barengane. Aha atanga akarorero (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-inkuru-317-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a> Mugoniki? http://igihe.bi/mugoniki.html http://igihe.bi/mugoniki.html 2014-09-02T09:38:04Z text/html rn - <a href="http://igihe.bi/-ururirimbo-.html" rel="directory">indirimbo</a>