Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umuririmvyi King Plata agiye kuja i Bruxelles mu rugendo rudasanzwe http://igihe.bi/umuririmvyi-plata-platini.html http://igihe.bi/umuririmvyi-plata-platini.html 2014-11-27T13:19:10Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Plata Platini yunguruje igenekerezo ry'igiteramo ciwe bitumwe n'urugendo rudasanzwe ruzomushikana mu gihugu c'Uburigi. Intumbero y'urugendo gushira umukono ku masezerano yo kubandanya umugambi w'ibikorwa vy'umuziki n'ivyese.
Plata Platini yatumweko n'mubirigi Roland Mauden arongoye umurwi w'ivyese Theatre de Poche Wallonie Bruxelles ufise icicaro i Kinshasa muri Congo. Nahimana Plata nk'uko yabonetse mw'isabukuru "Buja Sans Tabou" mu cese ca "Travaux d'Ariane", azofata urugendo (...)
- Inkuru / HomeNews King Plata Platini yitandukanije n'abandi baririmvyi mu nteguro y'igiteramo http://igihe.bi/king-plata-platini-arara-ntibuca.html http://igihe.bi/king-plata-platini-arara-ntibuca.html 2014-11-19T07:51:41Z text/html rn HomeNews
Igiteramo c'umuririmvyi Platini kiregereje, uwo muririmvyi amenyesha ko afise ico azokwerekana nk'umuririmvyi afise urukoba yisangije. Indirimbo nshasa zateguriwe igiteramo zizoshigwa ahabona. Umuririmvyi w'umunyamwema King Plata Platini arara ntibuca kugira igiteramo co kurangiza umwaka w' 2014 kizoshike ku nyota y'abakunzi biwe. Bimwe bizoba biri mu giteramo ni udupapuro tuzohabwa abazoba baraho, tuzoba twanditse ko insiguro y'ubunyamwema hamwe n'indirimbo 3 nshasha zizovuzwa kuri uwo munsi. (...)
- Inkuru / HomeNews Plata Platini yateguye igiteramo kizobamwo insiguro y'urukoba rwiwe http://igihe.bi/plata-platini-yateguye-igiteramo.html http://igihe.bi/plata-platini-yateguye-igiteramo.html 2014-09-12T12:39:15Z text/html rn HomeNews
Plata Platini ariko ategura igiteramo kizoba ica mbere mu buzima bwiwe. Plata ashaka kuzokwerekana ico amaze nk'umuririmvyi afise ico yisangije mu Burundi. Abatazi insiguro y'urukoba rwiwe uwo munsi bazosobanukirwa.
Igiteramo ariko ategura co mu kwezi kwa Kigarama 2014 yagihaye intumbero nyinshi. Imwe n'uko Plata azoba yibuka imyaka cumi (10 ans) amaze ari umuririmvyi abona iyo ariko araja. Iyindi ntumbero n'uko azosigura ikintu abantu benshi batazi insiguro ubunyamwema. Udupapuro twinshi (...)
- Inkuru / HomeNews