Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umukobwa ari mw'isanamu ya Terry West yambaye nk'umumaraya asabwa guhinduka http://igihe.bi/umukobwa-asabwa-guhinduka-yambaye.html http://igihe.bi/umukobwa-asabwa-guhinduka-yambaye.html 2014-09-13T08:11:11Z text/html rn HomeNews <p>Terry West yashize ahabona isanamu yari imaze iminsi ivugwa ko igiye gusohoka ariko amaso agahera mu nzira. Terry yashatse kwerekana umukobwa yataye inzira aja mu bumaraya, uwo rero asabwa guhinduka. <br class='autobr' /> Isanamu y'ururirimbo "Hindura" yakorewe muri "Ikoh Multiservice" n'umuhinyanyuzi Guera Man. Amwe mu mashusho (photos) yafatiwe mu Gatumba, ayandi nayo muri Ikoh Multiservice. Amajwi (audio) yakorewe muri "Golden Records", akorwa n'umuhinyanyuzi Rubanza Jay. <br class='autobr' /> Mw'isanamu irimwo abaririmvyi bo mu (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-amasanamu-325-.html" rel="directory">Amasanamu</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>