Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isanamu y'ururirimbo rushasha "My Level" rwa Ashley Diva http://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-My.html http://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-My.html 2017-12-16T08:41:10Z text/html en Jean De Dieu HomeNews - Amasanamu / HomeNews Ashley arahakana ko adakundana na Satb http://igihe.bi/Ashley-arahakana-ko-adakundana-na.html http://igihe.bi/Ashley-arahakana-ko-adakundana-na.html 2017-12-01T09:52:33Z text/html fr HomeNews
Ashley ashitse mu gihugu yamenyesheje ko ururirimbo "My Level" yarukoze abisabwe n'abakunzi biwe. Arahakana ko adakundana na Satb, amenyesha ko umuntu yaririmvye azomuvuga izina inyuma y'igiteramo yimirije.
- Inkuru / HomeNews Ashley Diva azoshigikirwa naba bitumwako mu giteramo yimirije http://igihe.bi/Ashley-Diva-azoshigikirwa-naba.html http://igihe.bi/Ashley-Diva-azoshigikirwa-naba.html 2017-11-23T15:03:42Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ashley agiye gushira ku mugaragaro "Video" y'ururirimbo aherutse gusohora. Abaririmvyi batari bake bari ku rutonde rw'abazomufasha kuremesha igiteramo.
- Inkuru / HomeNews Ashley avuga ko ikorwa ry'umuziki mu Burundi ridatunganijwe neza http://igihe.bi/Ashley-avuga-ko-ikorwa-ry-umuziki.html http://igihe.bi/Ashley-avuga-ko-ikorwa-ry-umuziki.html 2017-10-27T15:04:26Z text/html fr HomeNews
Ashley agiye gushira ahabona video y'ururirimbo aherutse gusohora. Uwo muririmvyikazi aravuga igituma adakorana cane n'abaririmvyi bo hanze mu gihe abandi baririmvyi bagenzi babirukira. Aranavuga agahaze ku gituma indirimbo ndundi zitavuzwa cane hanze y'igihugu.
- Inkuru / HomeNews Ireresi yateguwe na Ibra Kwizera yasubiriye kuja mw'ihiganwa mpuzamakungu http://igihe.bi/Ireresi-yateguwe-na-Ibra-Kwizera.html http://igihe.bi/Ireresi-yateguwe-na-Ibra-Kwizera.html 2017-08-30T12:07:09Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ibra KWIZERA yakoze ireresi "Ashley" avuga ko uusubira mw'ihiganwa kw'iyo reresi kwabaye nk'igitangaza kuko yari imaze guhiganwa ahantu henshi, ikaba kandi iya kera. Kugira ibikorwa vy'abanyamyuga b'Abarundi bishirwe ku rwego mpuzamakungu, bisaba ko umuhinga amenya ico ariko arakora n'aho ashaka gushika, nk'uko bivugwa n'uwo yakoze iyo reresi.
- Inkuru / HomeNews Sat-b na Ashley boba bakundana http://igihe.bi/Sat-b-na-Ashley-boba-bakundana.html http://igihe.bi/Sat-b-na-Ashley-boba-bakundana.html 2017-08-16T13:57:05Z text/html rn HomeNews
Ashley amaze iminsi yandika kuri facebook yiwe utujambo twoba twerekana ko hoba hari imigenderanire y'urukundo hagati yiwe na Sat-b. Eka si Ashley gusa, na Sat-b yanditse ayandi majambo nayo nyene yerekana imigenderanire y'urukundo na Ashley. Ashley asa n'uwubihakana.
- Inkuru / HomeNews Ikorwa ry'isanamu "Waya Waya"ryabaye akananira bahinga http://igihe.bi/ikorwa-ry-isanamu-waya-waya.html http://igihe.bi/ikorwa-ry-isanamu-waya-waya.html 2015-04-03T09:01:16Z text/html rn HomeNews
Ikorwa ry'isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rwa Ashley yagize ingorane z'umuhinyanyuzi yoyikora kubera isaba kwitonderwa. naho biri uko, inyuma y'ukwezi ishobora kuja ku mugaragaro.
Haheze iminsi havugwa ikorwa ry'isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rwa Ashley, ariko gushika ubu isanamu ntirakorwa, twegereye umuririmvyikazi Ashley atubwire ingorane isanamu yiwe yagize. Ashley yishura ati:" Isanamu yatanguye kugomba gukorwa na JB Production ku buntu kugira kandi iyo nzu y'ubuhinyanyuzi imenyekane, (...)
- Inkuru / HomeNews Ashley arabeshuza abanditseko ibikorwa vyiwe bidatera imbera kubera inyifato mbi http://igihe.bi/ashley-arabeshuza-abanditse.html http://igihe.bi/ashley-arabeshuza-abanditse.html 2015-03-06T08:07:50Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka ariko ariyamiriza amajambo yanditswe n'uwitwa Frank pro ku bijanye n'isanamu y'ururirimbo "Waya waya". Ashley yagirijwe kuba afise inyifato mbi, no kutubahiriza amasezerano, nawe ati:"Abo bandika ivyo batatohoje n'ukuncafuza".
Frank pro yanditse avugako isanamu y'ururirimbo "Waya Waya" rya Ashley yosohotse mu ntango z'uku kwezi kwa Ntwarante, ikozwe na JP Production, studio ikorera mu Gihosha. Uwo Frank abandanya yandika ko abajejwe "studio"bahinduye umugambi (...)
- Inkuru / HomeNews Inyambaro n'inyicaro vya Ashley Girukwishaka bivugwako vyinshi http://igihe.bi/inyambaro-n-inyicaro-vya-ashley.html http://igihe.bi/inyambaro-n-inyicaro-vya-ashley.html 2015-01-23T14:25:15Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka akunze kwifotoza amafoto akavurwako vyinshi, ubu hoho yashizeko ifoto aho asa n'uwari gusa.
Imwe mu mafoto azokoreshwa mw'isanamu y'ururirimbo rushasha "Wayawaya" iriko ivugwako vyinshi ku rubuga rwa facebook. Bavuga cane ku kuntu Ashley yari yicaye n'ukuntu yari yambaye. Bamwe babona ko Ashley asigaye yifotoza nka ba Rihanna, Miley Cyrus, ba Kim Kardashian n'abandi bagore n'abakobwa bo mu za Bulaya na Amerika.
Ivyo biri uko mu gihe uwo muririmvyikazi avuga (...)
- Inkuru / HomeNews Ashley yasohoye ururirimbo ruzobonekamwo intambo nshasha http://igihe.bi/ashley-yasohoye-ururirimbo.html http://igihe.bi/ashley-yasohoye-ururirimbo.html 2015-01-19T10:27:06Z text/html rn HomeNews
Ashley yasohoye ururirimbo yakoreye mu gihugu ca Kenya, avuga ko hazobonekamwo intambo nshasha mw'isanamu y'urwo ruririmbo.
Uwo muriririmvyikazi yashatse gutanguza intambo nshasha mu ruririmbo rushasha yise "waya waya". Ati : "Kuki wikekeranya, wiyobera, ntiwonyegera nkagususurutsa...".
Umviriza ururirimbo uce utanga iciyumviro c'uko intambo izoba imeze mw'isanamu y'ururirimbo.
- Indirimbo / HomeNews