Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isanamu y'ururirimbo rushasha "My Level" rwa Ashley Diva http://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-My.html http://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-My.html 2017-12-16T08:41:10Z text/html en Jean De Dieu HomeNews - Amasanamu / HomeNews Umuririmvyikazi Ashley asaba umugabo wiwe amukoreko adatinya http://igihe.bi/umuririmvyikazi-ashley-asaba.html http://igihe.bi/umuririmvyikazi-ashley-asaba.html 2014-09-20T11:42:20Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Ashley amenyesha ko isanamu y'ururirimbo yiwe "nkorako" izoza irusha izo amaze gukora zose. Imaze iminsi iriko ifatirwa mu gatumba, mu minsi mikeyi abakunzi b'umuziki wiwe barabona iyo sanamu.
Umuhinyanyuzi Black Arthur afise igikorwa kitoroshe co gukora isanamu y'ururirimbo "Nkorako"ya Ashley. Amashusho y'isanamu ariko afatirwa mu Gatumba nk'uko uwo muririmvyi nyene abitubwira. Isanamu irashobora guteba gato, Ashley ati: "Naho yoteba ntoyorenza indwi zibiri".
Amwe mu majambo (...)
- Amasanamu / HomeNews