Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Elly's yavuye mu gacerere yari amazemwo ikiringo kinini http://igihe.bi/Elly-s-yavuye-mu-gacerere.html http://igihe.bi/Elly-s-yavuye-mu-gacerere.html 2017-11-04T08:17:16Z text/html fr HomeNews
Elly's Boy yavuye mu gacerere yahoramwo aca asohora ururirimbo. "Nikubembeleze rusohotse inyuma y'amezi makeyi uwo muririmvyi yubatse urwiwe kandi inyuma y'amezi atari make yemeye gusohora ururirimbo rukoze neza.
- Inkuru / HomeNews Isanamu ya mbere y'ururirimbo rwa Ellyz Boy akoze ari mu buhungiro yasohotse http://igihe.bi/hasohotse-isanamu-ya-mbere-y.html http://igihe.bi/hasohotse-isanamu-ya-mbere-y.html 2015-04-15T10:15:57Z text/html rn HomeNews
Hasohotse isanamu y'ururirimbo Ellyz Boy na Briallant Star bakoranye, rubaye urwa mbere uwo muririmvyi w'umurundi asohoye kuva avuye mu Burundi bivugwa ko ahunze.
"Mapenzi Safari" ni izina ry'ururirimbo rwa mbere rudushikiriye kuva umuririmvyi Ellyz Boy agiye mu mahanga, bikavugwa ko ahunze umutekano muke, inyuma yo guhakwa kwicwa yitiranijwe na Mkombozi.
Umuririmvyi Briallant Star yaririmbanye na Ellyz Boy avuka mu gihugu ca Tanzaniya ariyo n'ururirimbo rwaje ruva ku muhinyanyuzi Bakuza, (...)
- Amasanamu / HomeNews Umuririmvyi Elly's Boy yari yanyurujwe yatowe aboshe kandi yuzuye inguma http://igihe.bi/umuririmvyi-elly-s-boy-yari.html http://igihe.bi/umuririmvyi-elly-s-boy-yari.html 2015-01-13T11:06:47Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Elly's Boy yari yanyurujwe yasubiye kuboneka yuzuye inguma ku maboko no mu maso. Yafashwe yitiranijwe na Mkombozi, aho no mu muduga yagiyemwo havuzwa ururirimbo "Nzeyimana" rwa Mkombozi nyene. Elly's Boy ubwoba ni bwinshi kubera abamunyuruje bamubwiye ko hagize ico abwira abamenyeshamakuru azokwicwa.
Inyuma y'igiteramo co kw'igenekerezo rya 11 Nzero cabereye mu Buhonga mu ntara ya Bujumbura cakozwe na Elly's Boy na mwenewabo Mkombozi, Elly's Boy yahavuye afatwa igihe c'isaha cumi na (...)
- Inkuru / HomeNews Mw'isanamu nshasha, Elly's Boy ahanura mugenzi areke kuyinga kubera umukobwa yamuhevye http://igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-elly-s-boy.html http://igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-elly-s-boy.html 2014-09-27T12:10:10Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Elly's Boy yasohoye isanamu y'ururirimbo BIZOZA yakoreye mu gihugu ca Tanzaniya. Uwo muririmvyi ahanura mugenziwe ko yokwihanganira ivyamushikiye kuko imbere y'ivyago ubuzima bubandanya.
Isanamu y'ururirimbo "BIZOZA" ibonekamwo Elly's n'isuka ku rutugu avuye kurima, yagenda abwira mugenziwe Baju ko yoreka kwiyumvira cane umukobwa yamuhevye, akabura urukundo iyo rwagiye. Umuhungu agiye kuyinga Elly's Boy akamuremesha mu majambo y'ururirimbo ati : "imbere yawe hari vyinshi bizoza". (...)
- Amasanamu / HomeNews