Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ubushikiranganji bw'indero inyigisho z'ubuhinga n'imyuga bwashikirije ivyaranguwe mu mezi 3 aheze
http://igihe.bi/Ubushikiranganni-bw-indero.html
http://igihe.bi/Ubushikiranganni-bw-indero.html
2018-10-24T13:42:31Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero inyigisho z'ubuhinga hamwe n'imyuga bumenyeshako mu mezi atatu aheze bwakiriye amashure mashasha 99 muri 177 zari zitezwe.

Amashuri

HomeNews

Juma Edouard: “ Nta shure na rimwe riri hejuru y'amategeko.”
http://igihe.bi/Juma-Edouard-Nta-shure-na-rimwe.html
http://igihe.bi/Juma-Edouard-Nta-shure-na-rimwe.html
2018-09-28T11:58:30Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umuvugizi w'ubushikurangani bw'indero Juma Edouard amenyeshako amashure atoza amafaranga yo kwiyandikisha ku banyeshure arenga itegeko ryashinzwe kandi ata shure na rimwe riri hejuru y'amategeko ababikora barenga amategeko.

Amashuri

HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero buvuga ko hagiye kujaho ubuhinga bwo guteza imbere ico gisata
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-buvuga.html
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-buvuga.html
2018-09-26T09:41:45Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umushikiranganji w'indero Janviere NDIRAHISHA amenyeshako hagiye kujaho ubuhinga kugira amahangiro ubushikiranganji arongoye bwihaye ashirwe mu ngiro kandi vyongere bifashe guteza imbere ibisata bitandukanye mu bijanye n'indero.

Amashuri

HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero busaba amashure yatangishije abanyeshure amafaranga yo kwiyandikisha kuyasubiza
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-busaba.html
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-busaba.html
2018-09-05T10:45:23Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw'indero,inyigisho z'ubuhinga hamwe n'imyuga Hermenegilde BURIKUKIYE asaba amashure yoba amaze gutoza amafaranga atangishwa abanyeshure mu kwiyandikisha ko asubizwa canke agaharurwa mu mafaranga y'ishure kuko amafaranga yo kwiyandikisha abujijwe.

Amashuri

HomeNews

Umugambwe APDR uvuga ko udashima ingingo yo kugara amwe mu mashure
http://igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-udashima.html
http://igihe.bi/Umugambwe-APDR-uvuga-ko-udashima.html
2018-09-03T18:20:04Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umugambwe APDR umenyeshako udashima ingingo yo kugara amashure aba adashikanye ibice bisabwa vy'abana bamenye kuko mu bisabwa kugira ishure ri eho ibijanye nuko uwutamenyesheje aca yugarirwa ishure ata birimwo.

Amashuri

HomeNews

Amanota y'abakoze ikibazo co kuja mu mashure y'akarorero yashizwe ahabona
http://igihe.bi/Amanota-y-abakoze-ikibazo-co-kuja.html
http://igihe.bi/Amanota-y-abakoze-ikibazo-co-kuja.html
2018-09-03T11:06:48Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero,inyigisho z'ubuhinga hamwe n'imyuga bumenyeshako amanota y'abana bakoze ikibazo co kuja mu mashure y'akarorero yatanzwe ku biro bijejwe inkino ku makomine kuva kw'igenekerezo rya 2 Nyakanga 2018.

Amashuri

HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero bwamenyesheje amanota yafatiweko mu kuja mu gice ca kabiri c'ishure shingiro
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-22542.html
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-indero-22542.html
2018-08-28T10:15:45Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umushikiranganji w'indero amashure y'imyuga hamwe n'inyigisho z'ubuhinga amenyeshako amanota yafatiweko mu kibazo co mu w'icenda gitanga uburenganzira bwo kuja mu mashure y'igice ca kabiri c'ishure shingiro ari amanota 70 ku 200.

Amashuri

HomeNews

Abanyeshure 25000 nibo bakoze ikibazo co kuja mu mashure y'akarorero
http://igihe.bi/Abanyeshure-25000-nibo-bakoze.html
http://igihe.bi/Abanyeshure-25000-nibo-bakoze.html
2018-08-23T13:48:07Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abanyeshure barenga 25000 nibo bakoze ikibazo kuruno wa kane igenekerezo rya 23 Myandagaro 2018,kibaha uburenganzira bwo kuja mu mwaka w'indwi w'amashure y'akarorero.

Amashuri

HomeNews

Umusi wo kwiyandikisha ku banyeshure bazokwiga muri kaminuza y'Uburundi na ENS wamenyekanye
http://igihe.bi/Umusi-wo-kwiyandikisha-ku.html
http://igihe.bi/Umusi-wo-kwiyandikisha-ku.html
2018-08-23T13:32:52Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'inyigisho za Kaminuza hamwe n'ubushakashatsi bumenyeshako abanyeshure bakoze ikibazo ca Reta “Exetat” mu mwaka wa 2017 bipfuza kwiyandikisha mu mwaka w'ishure wa 2018 ushira umwaka wa 2019, bazotangura kwiyandikisha kw'igenekerezo rya 27 Myandagaro uyu mwaka wa 2018 kuri kaminuza y'Uburundi hamwe no kw'ishure nderabigisha ENS mu bibanza bazomenyeshwa.

Amashuri

HomeNews

Umusi ikibazo co kwinjira mu mashure y'akarorero kizokorerwako wamenyekanye
http://igihe.bi/Umusi-ikibazo-co-kwinjira-mu.html
http://igihe.bi/Umusi-ikibazo-co-kwinjira-mu.html
2018-08-20T08:30:49Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'indero,inyigisho z'ubuhinga hamwe n'imyuga bumenyeshako umusi ikibazo co kwinjira mu mwaka w'indwi w'amashure y'akarorero kizokorwa kw'igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka wa 2018 kuva isaha imwe n'inusu yo mu gitondo.

Amashuri

HomeNews