Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Abaririmvyi Yoya na R Flow baviriye hasi urukundo rurembejwe n'insaku n'amaronko http://igihe.bi/ururirimbo-ibuka-rw-umuririmvyi-r.html http://igihe.bi/ururirimbo-ibuka-rw-umuririmvyi-r.html 2014-10-16T09:14:50Z text/html rn HomeNews <p>Ururirimbo "Ibuka" rw'umuririmvyi R. Flow rufise amajambo nkoramutima cane cane ku bahemuka kw'isezerano ry'urukundo. R. Flow ati : "Ibuka". Urwo rurimbo rufise ubutumwa bushusha n'uburi mu ruririmbo "IBIGAMBO" rwa Yoya rwasohotse vuba. Abo baririmvyi baviriye hasi urukundo rurembejwe n'insaku n'amaronko . <br class='autobr' /> "Ibuka" ko wahora umbwira ko ari jewe gusa yokugeza aho ushaka, none se?". Iryo ni rimwe mw'ijambo rigize urwo ruririmbo. Arongera ati:" Yaco ukangwa n'ibihinda ataco bimaze, menya ko inyuma (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-indirimbo-352-.html" rel="directory">Indirimbo</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>