Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umuririmvyi Cedric Bangy ntashima ibikorwa vy'ishirahamwe ry'abaririmvyi http://igihe.bi/ishirahamwe-ry-abaririmvyi-amical.html http://igihe.bi/ishirahamwe-ry-abaririmvyi-amical.html 2014-11-04T09:47:50Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe ry'abaririmvyi ( Amical des Musiciens du Burundi) riridogerwa na bamwe mu baririmvyi, baryagiriza gukora bidaciye mu mategeko kandi ko ridakora ku bw'inyungu z'abaririmvyi kandi aribo rijejwe. Memba ariwe Bruno Simbavimbere yagirizwa kuba yaranyuruje ivyuma vy'imfashanyo.
Bamwe mu baririmvyi baridogera cane Bruno Simbavimbere azwi kw'izina rya Memba arongoye "Amical des Musiciens du Burundi". Cedric Bangy umwe mu baririmvyi avuga ko ari kumwe n'abandi nk'uwitwa Pacelli, Benito, na (...)
- Cedric Bangui / HomeNews Cedric Bangy aragiriza abahinyanyuzi batubahiriza ibikorwa vy'abaririmvyi http://igihe.bi/umuririmvyi-cedric-bangy-amaze.html http://igihe.bi/umuririmvyi-cedric-bangy-amaze.html 2014-10-30T07:09:19Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Cedric Bangy amaze iminsi afata ingendo zimushikana mu guhugu c'Urwanda, avuga ko ari mu gikorwa gikomeye co gushira ahabona urukurikirane rugira icumi na kabiri rw'indirimbo z'iwe. Amenyesha ko abahinyanyuzi b'i Burundi bari muri bamwe bica ibikorwa vy'abaririmvyi.
Cedric Bangy umuririmvyi w'inararibonye ariko ategura urukurikirane rw'icumi na kabiri mu myaka 24 amaze ari aririmba, urwo ruzoba rugizwe n'indirimbo cumi, hamaze gusohoka izi kurikira: Zaga, Siriba, Uri Mawe, (...)
- Cedric Bangui / HomeNews