Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Igiteramo c'umuririmvyi Dety Darba casivye, ashobora kwitaba ica Diamond i Bujumbura http://igihe.bi/igiteramo-c-umuririmvyi-dety-darba.html http://igihe.bi/igiteramo-c-umuririmvyi-dety-darba.html 2014-11-03T15:11:01Z text/html rn HomeNews <p>Inyuma y'igiteramo cabereye i Bukavu, umuririmvyikazi Dety Darba yahejeje igiteramo atamerewe neza mu magara yiwe, vyatumye igiteramo yogiriye i Bujumbura gisiba. Ariko uwo muririmvyizi azoboneka mu giteramo c'agakura kizoremeshwa n'ibihangange mu muziki vyo mu karere ka Afrika y'Ubuseruko. <br class='autobr' /> Dety Darba yoteramishije igisagara ca Bujumbura kw''igenekerezo rya 07 Munyonyo mu kigo c'abafaransa ( Institut Francais de Bujumbura). Muri ico giteramo yoshize ahabona urukurikirane rwiwe rwa kabiri yise (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-inkuru-372-.html" rel="directory">Inkuru </a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>