Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Spok's yasohoye ururirimbo rwatwaye izina rw'urukurikirane
http://igihe.bi/Spok-s-yasohoye-ururirimbo.html
http://igihe.bi/Spok-s-yasohoye-ururirimbo.html
2017-10-20T12:27:17Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Spok's yasohoye ururirimbo rwa nyuma kandi rutwaye n'izina ry'ururkurikirane agiye gusohorera mu giteramo c'agakura. "Amahanga araryoha ariko araryana", ubwo ni bumwe mu butumwa atanga mu ruririmbo "Ndakumbuye iwacu".

Spok's

HomeNews

Spok's yatanze inkuru nziza ku bakunzi biwe
http://igihe.bi/Spok-s-yatanze-inkuru-nziza-ku.html
http://igihe.bi/Spok-s-yatanze-inkuru-nziza-ku.html
2017-10-18T14:43:14Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Spok's yamaze gutangaza bimwe mu bijanye n'igiteramo ciwe co gushira ku mugaragaro urukurikirane rwiwe rwa mbere. Ururirimbo rutwara izina muri urwo rukurikirane ntirurasohoka.

Indirimbo

HomeNews

Spok's yatanze ubutumwa inyuma yo gusohoka ibitaro
http://igihe.bi/Spok-s-yatanze-ubutumwa-inyuma-yo.html
http://igihe.bi/Spok-s-yatanze-ubutumwa-inyuma-yo.html
2017-10-09T07:47:57Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Spok's yaraye asohotse ibitaro yari amazemwo ikiringo c'indwi yose. Avuga ko ari indwara ya Malariya yamuryamitse mu bitaro. Arashimira abamusuhuje, n'abo bitakunze ko bahashika.

Spok's

HomeNews

Abakunzi ba Spok's bagiye gushikirizwa urukurikirane rushasha rw'indirimbo
http://igihe.bi/Abakunzi-ba-Spok-s-bagiye.html
http://igihe.bi/Abakunzi-ba-Spok-s-bagiye.html
2017-09-14T14:59:36Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Spok's yaraye atanze umuco ku bimaze iminsi bivugwa hagati yiwe n'umukunzi wiwe, si ivyo gusa, uwo muririmvyi aranavuga kandi ku bijanye n'urukurikirane agiye gushira ahabona.

Spok's

HomeNews

Spok's yasohoye ururirimbo yidoga ku mabi y'amahera
http://igihe.bi/Spok-s-yasohoye-ururirimbo-yidoga.html
http://igihe.bi/Spok-s-yasohoye-ururirimbo-yidoga.html
2017-08-23T15:23:47Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Spok's yavuye mu gacere yari amazemwo iminsi, adasohora indirimbo. Azanye imyidogo y'amabi akorwa n'amahera mu kibano.

Spok's

HomeNews

Umuririmvyi Spoks Man ft B face ati : "Celibataire" mw'isanamu nshasha
http://igihe.bi/Umuririmvyi-Spoks-Man-ft-B-face.html
http://igihe.bi/Umuririmvyi-Spoks-Man-ft-B-face.html
2017-01-09T11:29:33Z
text/html
rn
Jean De Dieu
HomeNews

Amasanamu

HomeNews

Spok's atanga insiguro y'ururirimbo "IBIBAZO"yakoranye na Rap Makerz
http://igihe.bi/spok-s-na-rap-makerz-bati-ibibazo.html
http://igihe.bi/spok-s-na-rap-makerz-bati-ibibazo.html
2015-03-25T08:47:40Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Spok's yasohoye ururirimbo yise "IBIBAZO". Muri urwo ruririmbo aratanga uburorero bw'ibibazo nyamukuru abona biri mu Barundi, ahandi akerekana ko hari n'ibindi bibazo bizoza muri kazoza k'igihugu. Ururirimbo yarukoranye n'umurwi Rap Makerz.
Spok's avuga ati : "Ubu mu Burundi abatunzi n'abakene bisa n'uko basigaye bari kuri même niveau, sinzi ko twovyita génération canke urunganwe? Natanguye kubibona igihe isoko yasha, n'umuntu atarazi ko ubukene bubaho yarabumenye hari n'abari bazi ko (...)

Indirimbo

HomeNews

Umuririmvyi Small Dog aririmbana intimba z'umukobwa yamuhevye
http://igihe.bi/umuririmvyi-small-dog-aririmbana.html
http://igihe.bi/umuririmvyi-small-dog-aririmbana.html
2015-01-15T14:08:54Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi small Dog yasohoye ururirimbo rw'urukundo aho aririmbo intuntu z'uwo bakundanye ariko bikanka ko babandanya mu rukundo.

Umu "rappeur" Small Dog mu ruririmbo rushasha "Uracankumbura"yumvikana umengo afise akabonge yibuka uko yahora akundanye n'uwo mukobwa atavuga izina. Small ati:"Twakundanye neza kuva mu buto twabanye neza dukuze, ntivyakunze ngo dukomeze". "Reka ndakwibutse tugisangira akavoka...", "ndazi ko nawe ukinyiyumvira...".

Tubibutse ko uwo muririvyi Small Dog ari mu (...)

Indirimbo

HomeNews

Spok's UMUVUGIZI aranegura Abarundi badakunda igihugu cabo
http://igihe.bi/spok-s-atanguye-umwaka-ahanura.html
http://igihe.bi/spok-s-atanguye-umwaka-ahanura.html
2015-01-15T10:37:49Z
text/html
rn
HomeNews

Spok's atanguye umwaka ahanura Abarundi gukunda igihugu cabo gusumba abanyamahanga. Abicishije mu ndirimbo, ahanura abarundi kureka kwirukira inyungu zabo. Uwo muririmvyi aradondagura imigenderanire myiza yahoze hagati y'imiryango yose yo mu Burundi.

Mu ruririmbo yise "Burundi", Spok's aranegura inyifato y'Abarundi barutwa n'abanyamahanga gukunda igihugu cabo, kandi Uburundi buryoshe kuruta inyama y'ikindi. Ivyiyumviro uwo muririmvyi ashikiriza birahanura kuko bifatira akarorero ku ntwaro (...)

Indirimbo

HomeNews

Mw'isanamu y'ururirimbo"Utayaona"Spok's akebura urwaruka
http://igihe.bi/spok-s-aravuga-zimwe-mu-ngeso.html
http://igihe.bi/spok-s-aravuga-zimwe-mu-ngeso.html
2014-11-10T14:00:33Z
text/html
rn
HomeNews

Isanamu y'ururirimbo "Utayaona"yasohotse, Spok's ari mu baririmvyi bake bashobora gukora isanamu y'ururirimbo inyuma y'iminsi mikeyi. Ati:" ni wakura uzobibona.

Nta minsi myinshi yari ihaciye Spok's asohoye amajwi y'ururirimbo "Utayaona", ubu naho yashize ahabona isanamu y'ururirimbo "Utayaona". Nk'uko Spok's akunze gutanga ubutumwa bujanye n'ubuzima bw'abantu mu mibano yabo, eka no mu ruririmbo "Utayaona" rufise ubutumwa nk'ubwo. Ariko Spok's agaruka cane ku buzima bw'urwaruka. Ati:" Tubona turya (...)

Amasanamu

HomeNews