Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Natacha yaraye akuriye inkofero abakunzi biwe http://igihe.bi/Natacha-yaraye-akuriye-inkofero.html http://igihe.bi/Natacha-yaraye-akuriye-inkofero.html 2017-11-18T10:55:00Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rwakozwe na La Namba hamwe na Kalungi yaraye ishizwe k'umugaragaro. Ibirori vyitabiriwe n'isinzi ry'abantu, ikintu cahimbaye cane Natacha.
- Inkuru / HomeNews Natacha buca ashikiriza igikorwa yakoreye muri Uganda http://igihe.bi/Natacha-buca-ashikiriza-igikorwa.html http://igihe.bi/Natacha-buca-ashikiriza-igikorwa.html 2017-11-16T10:01:01Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Iryavuzwe riratashe, inyuma y'igihe kitari gito havugwa ishirwa ahabona rya Vidéo y'ururirimbo Natacha yakoreye mu Buganda, amakuru atangwa n'abajejwe gutanga amakuru kwa La Namba aremeza ko aho bukera vidéo izotangwa ku mugaragaro.
- Inkuru / HomeNews Abaririmvyi Natacha na Sheebah ntibayaze amasigara cicaro http://igihe.bi/Abaririmvyi-Natacha-na-Sheebah.html http://igihe.bi/Abaririmvyi-Natacha-na-Sheebah.html 2017-10-24T11:39:44Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Nk'uko yabitangaje avuye i Kampala ko ururirimbo bakoranye na Sheebah ruzosohoka mu ntango z'iyi ndwi, Natacha ntiyayaze amasigara cicaro. Ururirimbo "Wangu" rwasohotse kuri uwu w'Imana.
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Natacha NGENDABANKA yavuze intumbero y'urugendo aherukamwo mu Buganda http://igihe.bi/Umuririmvyi-Natacha-NGENDABANKA.html http://igihe.bi/Umuririmvyi-Natacha-NGENDABANKA.html 2017-10-21T10:55:49Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyi Natacha NGENDABANKA yatahutse avuye mu Buganda aho yahora gukorana ururirimbo na mugenzi we wo muri ico gihugu. Ururirimbo n'isanamu yarwo bigiye gusohoka mu ntango z'indwi itangura.
- Inkuru / HomeNews Natacha yafashwe amafoto yambaye akamwanya http://igihe.bi/Natacha-yafashwe-amafoto-yambaye.html http://igihe.bi/Natacha-yafashwe-amafoto-yambaye.html 2017-09-25T14:48:04Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Hariko herekanwa amafoto atangaje y'umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA aho inyambaro yiwe yatangaje benshi. Ayo mafoto ariko akwiragizwa yafashwe Natacha ari mu giteramo giheruka kubera ku kibuga ca "Tempete".
- Inkuru / HomeNews Menya ivyo Natacha yakoze imbere y'ugufata akaruhuko http://igihe.bi/Menya-ivyo-Natacha-yakoze-imbere-y.html http://igihe.bi/Menya-ivyo-Natacha-yakoze-imbere-y.html 2017-07-04T15:00:25Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha arashima umwimbu w'igice ca mbere c'umwaka. Ku bw'ivyo Natacha kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 3 Mukakaro yafashe indege imushikana mu gihugu c'Ubutariyano, aho yagiye mu karuhuko n'umuryango wiwe.
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyikazi Natacha ari mu bashimiwe n'umukuru w'igihugu NKURUNZIZA http://igihe.bi/Umuririmvyikazi-Natacha-mu-Barundi.html http://igihe.bi/Umuririmvyikazi-Natacha-mu-Barundi.html 2017-07-02T11:38:11Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha ari mu Barundi bake bagiriwe ibakwe ryo guhabwa agashimwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi.
- Inkuru / HomeNews Abaririmvyikazi boba bamaze guhunga ibihe Uburundi burimwo http://igihe.bi/abaririmvyikazi-boba-bamaze.html http://igihe.bi/abaririmvyikazi-boba-bamaze.html 2015-05-08T09:52:19Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha ari mu rugendo mu gihugu ca Tanzaniya, urugendo yita urw'akazi. Agifata urwo rugendo yavuga ko azomarayo iminsi itarenga 10, ariko iyo yararenze kera. Emelance Emy Niwizere nawe ashoora kuba yarahunze.

- Inkuru / HomeNews Natacha akora iki atari kuririmba? Yatoranye gute na Frojo?Amariye iki umuryango? http://igihe.bi/natacha-akora-iki-atari-kuririmba.html http://igihe.bi/natacha-akora-iki-atari-kuririmba.html 2015-03-19T12:28:38Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha asazwe akora n'ibindi iruhande y'umuziki. Muri ivyo akora, uwo asanzwe ari umudandaza w'impuzu zo gusharika abakenyezi n'abigeme. Eka arafise na salon de coiffure y'abagore. Amenyesha mbere ko guhura na Alfredo Frojo ryabaye ibanga ry'Imana.
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyikazi NATACHA ni nde?Amaze gukora iki mu muziki? http://igihe.bi/umuririmvyikazi-natacha-ni-nde.html http://igihe.bi/umuririmvyikazi-natacha-ni-nde.html 2015-03-14T05:42:52Z text/html rn HomeNews umucuraranzi_indwi
Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA yavukiye mu Kinama kw'igenekerezo rya 05 Nzero 1987, ni umwana wa 6 mu muryango w'abana 7. Ku myaka 5, yiga kw'ishure ritoya"Notre Dame de Rohero", Natacha yarakurikira abo bavukana kw'ishengero Emmanuel riri mu Bwiza kw'ibarabara rya 3. Ivyo gusengera mw'ishengero rya Pantecote ntiyabihurizako n'abavyeyi kuko bobo bari muri Catolika.
- Inkuru / HomeNews, umucuraranzi_indwi