Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netStudents-Circle, Uburyo bushasha ku banyeshure bwo kumenya amakuru y'amakaminuza bigako
http://igihe.bi/student-circle-uburyo-bushasha-ku.html
http://igihe.bi/student-circle-uburyo-bushasha-ku.html2015-02-20T15:16:46Ztext/htmlrnJean De DieuHomeNews
<p>Ku ncuro ya mbere mu gihugu c'Uburundi, uburyo bushasha butari buhasanzwe bwatangujwe, Ishirahamwe Blueinc. rikora ibijanye n'ubuhinga ngurukana bumenyi ryatanguje uburyo bushasha ku banyeshyuri biga muri za kaminuza, izigenga canke iza Reta. <br class='autobr' />
Abanyeshure biga mu makaminuza baronkejwe amahirwe yo kumenya amakuru yerekeye kaminuza bigako, mu gihe batari hafi yaho basanzwe biga. "Students-Circle" ni ubuhinga bwo gutanga amakuru ku banyeshure biga ku makaminuza, bakamenya ibiyagwa muri (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-blue-incorporation-.html" rel="directory">Blue Incorporation</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>