Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Lady Grace yagarutse mu muziki: raba amafoto y'ururirimbo rushasha http://igihe.bi/lady-grace-yagarutse-mu-muziki.html http://igihe.bi/lady-grace-yagarutse-mu-muziki.html 2015-03-20T13:12:46Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyikazi Lady Grace yagarutse mu muziki inyuma y'imyaka itari mike asa n'uwabihevye. Amafoto azoboneka mw'isanamu y'ururirimbo rushasha yamaze kuja ku mugaragaro. <br class='autobr' /> Hari haheze imyaka ishika kuri 3, Lady Grace atavugwa mu baririmvyi, none yagarutse n'ururirimbo rushasha yise "Ntawukuruta". Lady Grace aririmba avuga ati:" Muri kahise aho naciye hose, ntawe nigeze mbona mungana. Narazungurutse narajuragiritse mu rukundo, narakomeretse, none waje umpanagura amarira. Intuntu n'agahinda (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-inkuru-416-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>