Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Zoé Saint Regis : "Bagwiza imigambwe itagira imigambi, bagura inda imitwe ikonda" http://igihe.bi/zoe-saint-regis-aba-ba-type.html http://igihe.bi/zoe-saint-regis-aba-ba-type.html 2015-03-23T13:50:31Z text/html rn HomeNews <p>Isanamu y'ururirimbo rwaririmbwe na Zoé Saint Regis na GN yasohotse, amajambo ari mu ruririmbo ni nkoramutima. Isanamu itandukanye n'izindi, ibonekamwo ibiringo bikomeye vya politike. <br class='autobr' /> Nk'uko umuririmvyi Zoé Saint Regis asanzwe atanga ubutumwa bwiwe buciye mu ndirimbo, ubu hoho yabucishije mu majambo no mw'isanamu y'ururirimbo. Iyo sanamu ibonekamwo ibiringo bikomeye Uburundi bwaciyemwo, kandi buriko bucamwo n'ubu : imigambwe isambuka, umurwi wo kumenya ukuri (CVR)," SINDUHIJE mu buhungiro", (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-amasanamu-419-.html" rel="directory">Amasanamu</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>