Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netZoé Saint Regis : "Bagwiza imigambwe itagira imigambi, bagura inda imitwe ikonda"
http://igihe.bi/zoe-saint-regis-aba-ba-type.html
http://igihe.bi/zoe-saint-regis-aba-ba-type.html2015-03-23T13:50:31Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Isanamu y'ururirimbo rwaririmbwe na Zoé Saint Regis na GN yasohotse, amajambo ari mu ruririmbo ni nkoramutima. Isanamu itandukanye n'izindi, ibonekamwo ibiringo bikomeye vya politike. <br class='autobr' /> Nk'uko umuririmvyi Zoé Saint Regis asanzwe atanga ubutumwa bwiwe buciye mu ndirimbo, ubu hoho yabucishije mu majambo no mw'isanamu y'ururirimbo. Iyo sanamu ibonekamwo ibiringo bikomeye Uburundi bwaciyemwo, kandi buriko bucamwo n'ubu : imigambwe isambuka, umurwi wo kumenya ukuri (CVR)," SINDUHIJE mu buhungiro", (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-amasanamu-419-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>