Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Raba intambo ziyobeye ziri mw'isanamu y'ururirimbo"Ni wewe" rwa Happy Famba
http://igihe.bi/raba-intambo-ziyobeye-ziri-mw.html
http://igihe.bi/raba-intambo-ziyobeye-ziri-mw.html
2015-04-21T07:51:09Z
text/html
rn
HomeNews
<p>Isanamu ya Happy Famba y'ururirimbo yise"Ni wewe" yasohotse, iravugwamwo agace gatoyi ku ruririmbo rwa Knowless wo mu Rwanda. Irimwo kandi uduce twinshi twerekana aho Famba aba kigwanirwa n'abakobwa. <br class='autobr' />
Happy batazira "Mkali wa show", aririmba ati:"Ni wewe", iyo sanamu ibonekamwo abakobwa batamba biyahagura n'utubutura tugufi n'amashesheti maremare. Famba arakoresha kandi agace k'ururirimbo rwa Knowless, umuririmvyikazi wo mu Rwanda. <br class='autobr' />
Raba aha munsi uko isanamu n'intambo zirimwo (...)</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-amasanamu-424-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>